Intahe TV

Shalom,

Chaîne "Intahe TV" iri hano kugira itangaze ibikomeye YESU aza arakora kw'isi yose.

Ukaba ufise intahe y'ico YESU yagukoreye canke ijambo ushaka gushikiriza, wotwandikira kuri: [email protected]

Ntiwibagire gufyonda kuri S'ABONNER canke SUBSCRIBE kugira uzohore ubimenyeshwa igihe cose dushizeko video nshasha.

YESU ABAHEZAGIRE MWESE

Intahe TV

-