JOSIANE NIHOREHO OFFICIAL
KAZE MWESE KURI OFFICIAL CHANNEL YACU!!!
Amazina yanje Nitwa NIHOREHO JOSIANE.
Ndumuririmvyikazi wumurundi.
Ndakundakuririmba gose.
Ndahezagigwa iyondirimvye.
Ndipfuza ko uwowese azumva indirimbo zanje azokomeza guhezagigwa.
Muhezagirwe mwese!!!
Imana Ikomeze kubarinda.