RUGAMBA Aslan
Rugamba Aslan Channel
Ni urubuga ruguha isesengura ryimbitse n’ubumenyi bwagutse mu buryo bworoshe kandi bushimishije. Aha usangamwo ibiganiro ku ngingo zitandukanye zirimo politike, siyanse, ikoranabuhanga (Technologie), imibereho, amateka y’ivyamamare ndetse n’abakuru b’ibihugu haba mu karere kacu no ku rwego rw’isi yose.
Intumbero yacu ni ukuguha ubumenyi, amakuru yizewe n’isesengura rigufasha kwiyumvira ku buzima bwacu bwa buri munsi n’amateka adufasha gusobanukirwa n’ejo hazoza.
Ikaze!
Ninde yihishe inyuma yintsinzi za AFC_M23?
Uburozi turya tutabizi
Yananiwe no kuzana umugore. Nizihe mpanuro yoha abarundi
Ntanumwe ampa amategeko yuko ntwara igihugu canje#samiasuluhuhassan#documentaire
Abatanzaniya Bashimiye General Neva
Tanzaniya nshasha ya Samia Suruhu Hassan#documentaire
Vyose bigiye hanze. Ngiyi impamvu bagumutse#tanzania
A luta continua: Amateka adasanzwe ya Samora Machel
Igitoro cabonetse, ama station yanka kukidandaza
Kuki badashaka kurekura ubutegetsi?
A Luta Continua: Urugamba rwa Demukarasi rurabandanya
Imyaka 40 kurugamba rwa Demukarasi#railaodinga
Nikuberiki idollar riri gutakaza agaciro?
50 000 000 000 $.Gushika kumuhero wisi, Turya
Ngiki ico Rwagasore na Lumumba bazize mu 1961
Tureke kubizeza ivyo tudashoboye: Baraciyubwenge
Thomas Sankara : Iragi yasigiye Afrika
Ngiyi projet yatumye Kadafi yicwa
Ngiyi impamvu bose bishwe mukwezi kwicumi (Gitugutu)
Amateka adasanzwe ya Oussama Ben Laden#geopolitics
FOMI ku bandi… tweho kuki?
Blockchain: Umuti wikibazo c’amadevize mu Burundi 🇧🇮
Démocratie burundaise : entre espoir et désillusion
Uburundi bwo mumwka w'2060. Ese Turiteguye?
Patriotisme perdu. Les causes profondes du désamour national
Révérien Ndikuriyo na Kazoza ka CNDD FDD#documentaire
Turagowe!
Major Petero Buyoya: Le complot caché# Kahise
UVIRA:Ivyo Batubesha#m23#Congo
Ivyo bipfamutima vya FDD na FNL#Igihugu cavuye mumenyo yingwe