Semerera
Ibiganiro, amakuru : Burundi, Rwanda, Congo, abarundi bo muri diaspora
Kagame Ntashaka ko Abanyarwanda Bakizwa | But he might have a point ?| Ese amasengero atumariye iki?
🇧🇮 Pacifique Yarakaye . Interahamwe Yavamiye Ikiganiro cabo Abita AbanZi b'uburundi
🇧🇮 DIASPORA IDASINZIRA YARAPFUYE - SAMUEL NI UMUSWAHILI?
Uyu mugome "Gahini" yari yarasesereje abarundi. Benshi bariruhutsa!
Abarundi Babayeho mu bwoba budasanzwe | F Bamvuginyumvira
Ibintu cumi bituma abirabure twama dusigara inyuma. Muvyirinde. Canecane diaspora
Ngo abazungu nibo batubuza kwiyumvira neza? Barataza twariko turakora iki?
Léonard Tombé | Umugomé PGR Yākûwe | Benshi Bariruhutsa | Kudos to Maître Arthemon Katihabwa | MOJ
🇧🇮 CNDD-FDD ifise umugambi wo gukenesha Abarundi?ubukene, inzara, ibura ry’akazi
Aba DD Ni Ubusimbirahamwe Barikurwanira Ubutare
🇧🇮 Aba DD bashaka ko Tuba nk’intama— Duceceke. Ntituvuge Ibitubabaza | Plus FDNB vs Banyamulenge
Umupolitike arahanuye. Isoko yubakwe n'ababishoboye. Tureke kwama mu kabare. Nta bayaya dukeneye 😆🤣
Ibintu 4 Bigomba Gukorwa Kugira Iterambere Rishoboke: Cura impuzi, Rekura abapfunzwe|Gabriel Rufyiri
Mbayahaga Yibasiye Ministre Olivier Nduhungirehe | Ngo Ni Umuhutu Ntiyovugira Abanyamulenge?
Hoba hari umugambi wo kugandagura Faustin Ndikumana | Apostle of Doom Yamugabishije |Azopfa nk'umubu
Umuzungu Ngo Ntazosubira mu Burundi |Poorest country| Expensive Hotel|Corrupt Police | Horrible Zoo
Wa Mbayahaga Isidore Mwese Mukunda Yagarutse | Apotre Mbayahaga, Vuga Tuhabwe 😆 🤣 😂 😹 🤰🫃
Was Paul Kagame a Stand Up Comedian In his Former Life? 😆 Abanyafurika Ikibazo Dufise Ni Iki?
🇧🇮 Faustin Ndikumana Asaba Abarundi Kutaba Sindabibazwa | Ivy'Igihugu Biraturaba Twese
🇧🇮 Ese Aha hantu uburundi Bwahageze Gute? Inyishu ya Faustin Ndikumana wa PARCEM
Faustin Ndikumana Avuye Mu Gacerere | Ati Ibivugwa Ntibiduca Intege | Uwutôsōra Imfukú ...
Ikibazo ca Passport muri PAFE coba kigiye gutorerwa umuti canke ni Saratoga?
Burundi is a Jungle . Change My Mind | Uburundi ni mw'Ishamba | Mana Yanje Raba Twebwe Bantu Bo Hasi
Ese Radjabu yoba Akiriho? Ari Mu maki? General Niyombare we ko acecetse?
Burundi voyoucratie! Police Yishe umuntu Mu Rumonge. Ese Abarundi Turafise Umushaha?
Aluchoto Igabisha abasuma baba DD ko CVR Yakabiri Izobaka Ivyo Bariko Bariko bariba !
🇧🇮 Société Civile i Burundi ni Ishami rya CNDD-FDD | Uwundi Mbayahaga Ati Igitoro Cabuze Akanya Gato
Umuhinga canke Imbonerakure? Inyigisho mu Burundi Zarataye Akamovera? I don't get it.😢
Igiturire mu Burundi kirarenze. Harageze kwikubita agashi. Mushaka tube Zaire ya Mobutu koko?
Kumbe na Reta y'Uburundi ikorana n'abakoloni | Aba DD Bateye Isoni | Cognitive Dissonance