TV RTNB

Imboneshakure y’Igihugu c’Uburundi ibashikiriza ibiganiro n’amakuru yitondewe neza kandi azira ikinyoma,gushikuza canke gukavya.Nimba wipfuza kumenya amakuru azira ikonyo nimba wipfuza kubeshuza ibihuha vyose bica kumbuga ngurukana bumenyi na cane cane ku makuru ajanye n’Uburundi kurikirana RTNB TV uronke umuco.

None urindiriye iki kugira s’abonner/subscriber?

RTNB kubikorwa vy’Igihugu cacu ciza.