PAEEJ BURUNDI
Le Programme d'Autonomisation Economique et d'Emploi des Jeunes (PAEEJ) vous propose un espace de découverte de ses activités et différentes émissions sur les jeunes bénéficiaires du programme.
✈️ M. Albin yubatse akabare gafise ishusho y'indege. Ashariza mu mazu. Yahawe ingurane na PAEEJ
😍🚴♀️Ikinga rikozwe mu mugano ! Umu jeune umwe wenyene akora amakinga mu Burundi, afashijwe na PAEEJ
🥼Amashati meza cane akorewe mu Burundi ! Zabulon Bucumi ati ntimusubire kugura hanze y'igihugu/PAEEJ
🥰👩 Sandrine KEZIMANA, umurundikazi wa mbere akora Pampers na serviettes hygiéniques nziza cane.
💰 Natanguje imiriyoni 3 ubu ngeze kw'i 100. Duhingura ifu y'ubuyi n'ibigori. Abbas, TUMAINI COMPANY
💰🌻Twinjiza imiriyoni 250 kubera igihoke ❗ | LE TRESOR ikora amavuta y'ibihoke, OMO, VIM na tourteau.
🥰 Imbabura idasanzwe ❗️ Ikoresha ubwonko ! Iteka neza ! Timothé ati : "vyose ni kubwa PAEEJ."
🍍💰 Nta miriyoni 30 zomfunga . Kubwa PAEEJ, Ezéchiel MBONIMPA afise umurima w'inanasi wa 50 ha ! 😍
🦼🥰 Ntahandi wosanga ibikoresho nk'ibi vyacu kubw'umutahe wa PAEEJ / Care Connect Physiotherapy
💰 " Bose bampagara Boss ! Ubu ndi Boss ! ". Nkora ifu y'ibigori nk'irya iva m'ubuganda kubwa PAEEJ.
🏆🥰 "Abahizi " 4 barongoye umugambi PAEEJ bashimiwe n'Umukuru w'Igihugu, italiki 01/05/2025.
🔥🔥 HIGHLIGHT | Amasanamu yaranze igiteramo categuwe na PAEEJ | Stade INGOMA, Gitega.
🥳 A la découverte de l'impact du PAEEJ sur la vie des jeunes / 4 ans d'existence / DOCUMENTAIRE
Yatanguje umutahe wa 50.000, ubu abayeho neza kubera i pilipili. Abikesha umutahe yahawe ya PAEEJ
"ALFA GROUP" ikora ingwa nziza. Batanze akazi ku bantu 100. Baronkejwe umutahe na PAEEJ
👌 Aba "poils" bakora umwuga w'isuku. Bahembwa 10 millions Fbu muri BRB. Baronkejwe umutahe na PAEEJ
" PAEEJ, nta mu jeune n'umwe atayivuga. Twavyaye ibikura". Ijambo ry'Umukuru w'igihugu 11/4/2025
↩Throwback:🍗 Soirée de gala/dégustation de mets a base du lapin, organisée par le PAEEJ
🐇Yorora inkwavu! Afashijwe na PAEEJ, Samuel/Karusi, yariteje imbere aratanga n’akazi kurundi rwaruka
🐇Korora inkwavu n’iryo banga rya Didace! Ahawe umutahe na PAEEJ yariteje imbere atanga n’akazi.
Burundi / Rwaruka, musubije umutahe mwahawe na PAEEJ, muba muhaye amahirwe abandi batarashikirwa.
💯Gushona ibigoma vy'abana, niko kabirya ka Gisèle! Kubwa PAEEJ yariteje imbere, atanga n’akazi.👌
👞Ibirato vyiza vya cuir bikorerwa i Gitega. Jonathan arashima intambwe agezeko kubw'umutahe wa PAEEJ
Ahingura ifu mu magufa! Afashijwe na PAEEJ, yariteje imbere atanga n’akazi kurundi rwaruka!👌
💯 "Twarateye imbere mu miganbi, yacu no mugutanga akazi kurundi rwaruka tubifashijwemwo na PAEEJ"
🥼 Nzambimana Edouard, afashijwe na PAEEJ, afise atelier yo gushona ikoresha imachini zigezweho.
Urwaruka ruri mu migwi 50 yo kuziganya ruriko ruritunganiriza imigambi rufashijwe na Unicef na PAEEJ
🍅Twige ingene barima muri Serre(umurima wubakiye),akarorero k'itomati. Ubuhinga bugwiza umwimbu cane
😍 Rwaruka, PAEEJ yabazaniye ama plateformes en ligne yo gukurikirana inyigisho, kudandaza, n'ibindi.