Welcome Burundi Tv
showcasing Burundian talents and beauty
Alvin smith ibintu yishuye sat-b 🙊
Amajambo Big Fizzo yavuze akomeye👌 yo guhanura urwaruka ruri muri industrie🇧🇮
#Duterame: Sat-B aremewe cane gusumvya Fizzo?
Mbega kuririmba indirimbo mpimbazamana bibamariye iki Aba ba jeunes?
Umuririmvyi mushasha B Fighter mbega azanye gishasha giki muri industry?
Star Boy ngo akeneye idemu rimuha inoti adandaze hama abone kurongora
Jadix ati Biliman Boy aho nayambariye ko atawuramfata? Abiyita beneyo ko bacecetse?
Aubin Lux arasiguye igituma yadize Landry Promoter
Yasoni asigaye akora akazi ko gusudira! Yoba yarazimye muri Comedy??
#KellyTownaire ati au nom de "rye"🤣// Ahebeye cherie wiwe imbere ya Camera// Abakobwa ntarukundo
Kabizi le comédien ati kunyanka ntibikunda.
#isanzure: Abakobwa basigaye bahebwa Aba chéri babo kubera abajama b'abagenzi🤭
#Isanzure: Abokobwa b'ubu ngo basigaye barya amadeni🤭 Mbega hi barayishura? kurikirane ikiganiro
Mbega burya ngo bon gars arangwa n'iki?
Ange yahoze muri buja hit ati abifuza ko nja Muri Miss Burundi bazonterure banje banyandikishe 🤣🤣🤣
Kelly Townaire murukundo na journaliste wa Welcome BURUNDI Tv
Amabanga yose ya ANITHA wo Muri imwenyuroTv/Ati kwishure nar'ikirofa🤣
#Duterame:Uko Krista wa Sirenvibes na Dorcy wa BlackTv bashuhira Aba diaspora
Intamabara🔥 Hagati ya Bilimani Boy na Master music 🙊 Ibi bintu biraherera hehe?🙆♀️
EP nshasha ya Alvin Smith // abakobwa bahevye kumfasha kubera narongoye bisigurako bankunda
Vivi Pro umu upcoming w'imuramvya iwabo w'abami aje atavyorosha.
#isanzure : Ikiganiro na Gaël Manirampa
Ingeri Niki? imbwa itakibwagura bayitagute? Uratwenga n'umbavu zimeneke🤭🤣😂
Mbega umkobwa avanga abahungu cumi🤭🤣
Kurikirane ikiganiro na T Play, umu upcoming aje atavyorosha mumuziki
Duterame: Umvirize Aba ba jeune uko basigura amazina y'intoke😂
Ikiganiro n'umukinyi w'amareresi Brenda, ati kukanoti sinidoga
ikiganiro kiramvuye na Mugisha. umukinyi rurangiranwa wa film ndundi
Mbega murukundo ninde yokwizera uwundi cane?
Teddy smith 29, umuririmvyi mushasha aje atavyorosha arasaba support