Burundi Gospel TV
Burundi Gospel TV ni télévision rukristo ikorera ku ma réseaux sociaux : Facebook, Twitter, Instagram na Youtube ndetse ikaba vuba cane yiteguye kugurura website izoba yitwa Burundi Gospel TV.com
Burundi Gospel TV ikaba ifise intumbero yo kuvuga ubutumwa bwiza yisunze ijambo ry'Imana riri muri Mariko 16: 15 rivuga ngo " NIMUGENDE MU BIHUGU VYOSE MUBAMBWIRE UBUTUMWA BWIZA "
BGTV dutangaza inkuru nziza tubicishije mu ndirimbo za Gospel, inkuru nziza iyo benshi bita ivugabutumwa (Prédication) ndetse no dutangaza inkuru nziza tubicishije mubindi bikorwa vyose vy'ivugabutumwa canke mubindi bikorwa vyose vya Gospel.
BGTV ifise vision igizwe nibintu bikurikira
- Ni télévision idahagarariye ishengero na rimwe
- Ni télévision idahagarariye k'umuntu n'umwe
- Ni télévision idahagarariye k'umunyepolitike n'umwe
- Ni télévision itagira imbibe
- Ni télévision ikorera ubwami bw'Imana
Mudukeneye mwoturondera kuri izi numero:
Whatsapp: +257 69 249 867
Uri Imana yumva uri Imana yishura/Yesu yumwema/Baba mimi ninakuhabudu/Ni wewe/Uri Imana yogushimwa
Ibimenyetso biranga abavugishwa b'ibinyoma/Gukanga abantu sivyo bitwereka ko uri umukozi w'Imana
INYIGISHO Z'ABUBATSE👉Ibintu 5 bituma abubakanye babana neza n'inyungu zarwo - Ev. Adronis NDUWIMANA
INYIGISHO Z'ABUBATSE👉Imfatiro n'imfunguruzo zituma abubakanye babana neza/Inyungu ziri m'ukubana
Akisema ndio/Mungu mwenye nguvu/Mana uri mwiza/Elohim - SOUND OF REVIVAL
Iyo Calvary/Tuzahora tugushima/Hakuna wa kufanana na Yesu/Mungu ni chef/Uyu Mungu wetu - Enock BLM
Ubuvugishwa n'iki?/Tube maso tudahura n'abavugishwa bibinyoma/Nawe urashobora kuvugishwa👉Pst Jérôme
Ametenda mambo makubwa/Uri uwigitangaza/Mfise vyinshi vyo kukuvugako/Urandengera - Arlene KISSINGER
Ntutinye kuko ndikumwe nawe ntukihebure nd'Imana yawe/Ntidukwiye kwiganyira Imana iri kumwe natwe
Twige kumvira no kugendera m'ubugombe bw’Imana - Pastor Lopez NININAHAZWE
OREDI IMANI & LÉA WORSHIP SESSION - Mu bihe nkibi/Mwami ndagukunda/Amina/Iratuzi Mana/Mana yanje we
Reka ugukiza kwawe kuze/Ubwami bwawe ni buze icyo ushaka kibe/Urandengera/Amaraso ya Yesu➡️Macedoine
Ntidukwiye kwizigira amashikanwa ahubwo duhaguruke twiyungunganye/Pasitori aremerewe gukora business
Cantique - Hafi y'umusaraba/Ngumeho kugiti ca Yesu/Yesu ndakwizeye uri uwo kwizigirwa👉FECABU KAMENGE
Gukorer'Imana/Nitureke kuva m'umuhamagaro kubera ubukene/Umuherezi mukuru akorera abantu👉Pst Patrick
Umunsi w'aberanda (Jour de Toussaint) bibiliya iwuvugako iki?/Iyo umuntu apfuye aja hehe?👉Pst. Hervé
INYIGISHO Z'ABACURARANZI - UMUTIMA UHEREKEJE IGIKORWA C'UMUCURARANZI MPIMBAZAMANA - Pst.Prudent NT.
SINDAYIGAYA Queen umwe mubagize umurwi #SOUND_OF_REVIVAL aratuyagire ibijanye na REVIVAL EVENT
INYIGISHO Z'IVUGABUTUMWA - MBEGA IVUGABUTUMWA N'IKI?/RIKORWA GUTE?/N'ABANDE - Ev. Blandine KANYANGE
INDIRIMBO SHYA EVENT by Tijo ft Strong Voice
Indirimbo #URAMFISE n'intahe y'ivyo Imana yakoze muri famille/Live recording irazivye👉Blaise Pascal
God's Believers - Ntuzwe Na Yesu/Hosanna/Niseme nini/Ulio yatenda kwangu ni mengi/Nita ingia
N'ubwo mubona ko bigumye kandi bigoye Imana iri muruhande rwacu mwitinya - Pst. Audry RUREMESHANGABO
Gift NDAYISHIMIYE performing at INDIRIMBO SHYA Event - Nakwabudu/Dushime Imana/Allelua
INYIGISHO Z'ABUBATSE👉Iyo mudafise ivyizerwa bimwe urugo rurabagora/Fiançaille s'umwanya wogusambana
Uhoraho n'umwengere wanje/Vyose vyaremwe nawe/Ni Yesu yangiriye neza/Amahoro yampaye/Ulio yatenda
Kuba ipfuvyi vyatumye ncika umutinganyi ndafatwa ku ngufu/narakijijwe nd'umuvugabutumwa - Andy
Apostle Kevin SIBOMANA - Amafaranga yo muburyo bw'impwemu akoreshwa kw'isoko y'impwemu
Moment de Louange et d'Adoration avec Rocher Worship Team - Azokwama ari/Ni wewe/Wastahili wewe bwan