Iris News
Bringing fresh & continuous news on #Burundi, #EAC and the world. We value your thoughts and opinions
Comment le COMESA protège les consommateurs: révélations du DG de la Commission Concurrence - COMESA
Reggae si ukunywa ibiyayuramutwe ahubwo ni ubutumwa butwigisha urukundo
Amafaranga atinjira mu kigega ca Reta kubera gukwepa OBR
Mu Burundi ivy'ikiza ca SIDA bihagaze gute ubu ?
"Bikini y’ubu ni ko ka bindo ka kera"
Abanyororo ba mbere baraye baburanye biciye ku buhinga bwa Zoom : inyishu ku manza zahora ziteba ?
Nigeria : kunyuruza abantu mu kivunga vyimonogoje
Uburongozi bwiza ni iki ? - Acher Niyonizigiye
Yannick Uttar kw'ihiganwa rya SUPERBAT : "Proclamation ntiyisunze ama critères"
Igiciro c'idorare mu Burundi : BRB irizeza ko gishobora kugabanuka, kigashikira 'Taux officiel'
🔴 Inama Nshingamateka y’Abana: Ivyo #Ndabirabe yakuye mu rugendo rw'i #Rabat
UB yakiriye abanyeshure bayo bashasha : kwimosha igipara, gutwara utujuju... bavyakira gute ?
Kubera indirimbo yiwe "Aha Ni He ?", ubu Kirikou ari 'bagnolé' — Urugendo rwiwe
Agateka k'abana : Uburundi mu nzira yo kuba nka Maroc ?
Reta yaragize utwigoro mu burimyi ariko intambamyi ziracari umurengera
Harya wibaza ko mu Burundi ibijanye n'utuzu twa surwumwe vyifashe gute ?
Abagabo mu gahinda : abagera ku 479, baratinyutse bashira ahabona amagorwa bakorewe
Msauza mu rugamba rwo gutahana agashimwe ka CAF Award, nk'uwinjije igitsindo c'umwaka : Azotoka ?
Inyuma y'imyaka yababa 13 ata soko nkuru irangwa mu gihugu, ubu coba kigiye gukemuka ?
Reta iriha imiriyaridi 9 ku mwaka ku mazu 300 ikose |Nayo yinjiza imiriyoni 500 ku mazu arenga 700
Gute Zohran Mamdani yavukiye muri Ouganda yisanze ari Buramatari wa New York, igisagara ca 1 mw'isi?
Menya impamvu Uburundi na FMI bishika ntibihuze
🧐 Kuki umumenyeshamakuru wo mu Burundi asigaye asuzuguritse ?
🎥 AMASHUSHO : Ubucuti hagati y’Uburundi na Tanzaniya bwatanguye kera cane
🚨Gukata amahera abaganga igihe uwo bavuye atarishe: kimwe mu bishobora gusigura ivyabaye mu Rutovu
Imbwa zirya abantu : kuzica niwo muti ?
Impinduka ku mugambi wo kuvuza abana n’abakenyezi bibungenze ku buntu : Abarundi ntibabibona kumwe
Ni umubaji yabigize umwuga || nta kazi ka Reta jewe ubu nshaka - Diane Iteriteka
🚖 Hariho umugambi wo kuzana mu Burundi bus zikoreshwa n’umuyagankuba
Ingingo z'abashikiranganji batatu kw'isuku : umuti ugiye kuboneka ?