HI TV
Ivyavuye mu nama nshikiranganji yo Ku wa 26/11/2025 i Gitega umurwa mukuru wa politique.
Inauguration de l'East African Textile manufactures sis à Gitega au quartier Musinzira le 28/11/2025
Uruganda nkarishabwenge Ku bavugizi b'ubushikiranganji n'izindi nzego za Leta #Burundi i #Gitega
Kuba yarinjiye mu mukino wa Lutte libre vyamutumye atera intambwe mu buzima.
Agakiza ni ko konyene gashobora guhindurira izina ribi umuntu yiswe n'ibihe kakamuha izina rishasha.
Kutagira ibanga icaha,ukaturira Imana ko wacumuye,niyo ngendo nziza ikwiye kuranga umu Kristo
Kwinonora imitsi bigirira ikimazi umuntu bigafasha n'igihugu mw'iterambere ryaco.
Murahamagarirwa gukurikirana ibiganiro vya Hagurukana inkomezi TV HI TV.
Umuhora PIC uje kworohereza abadandaza mu kumenya amakuru ajanye n'urudandazwa njabukambibe.
Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Chine mu Burundi
Urashobora kuba mw'ishengero ry'abakizwa ukitwa umukizwa udakijijwe,uri umunyedini.
Ugusenga guhagurutsa Imana ikaza gutabara.
Bakenyezi inyuma y'imisi mikuru ubuzima burabandanya,koresha uburyo bungana n'amikoro yanyu.
Intsinzi ya Flambeau du centre 3-0 Vision FC kuri STADE INGOMA
Kunywa urumogi n'ibindi biyayuramutwe vyamukwegeye mu gahinda kugeza aho agira ingingo yo kwiyahura.
Naioth Fellowship International Gitega irongowe na Pasteur Jérémie Havyarimana.
Abubakanye bahamagarirwa kwama bitwararitse intumbero y'urugo mu kuruvomera buri munsi.
Maboko igihumbi n'umukenyezi atarera amaboko ahubwo aronderera hose kubw'ineza yiwe n'iy'umuryango.
Nta kintu na kimwe ciza kandi c'agaciro umuntu yokwirata atari agakiza.
Agakiza ntaho gahuriye n'ingeso nziza.Ufise ingeso nziza utizera Kristo Yesu,ur'umutsindwa.
Yararokotse umuriro wahitanye abapfungwa mw'ibohero rikuru rya Gitega.INTAHE igice ca 2💫
INTAHE igice ca 1💫Ir Pasteur Aimé Irambona yahoze atwara Urbanisme Gitega,Ati baranyambitse iceyi.
Ugutwenza yabifashe nk'umwuga umubeshaho kandi ugaterera mw'iterambere ry'igihugu camwibarutse.
Impano irarwanirwa:Rwanira impano yawe izogushitsa Kure.
Flambeau du centre na Musongati,n'imirwi iriko iratuma intara ya Gitega ikundwa kurusha.
Gukorana umwete atakudendebukirwa nivyo bituma umuntu atera imbere.
Ibimenyeshamakuru bifise uruhara ntangere mu gushigikira imbonakazoza y'uburundi.
Gushigikira imbona kazoza y'uburundi,niryo hangiro ishirahamwe ndangakaranga abagumyabanga rifise.
Kugarukira imico n'akaranga vy'uburundi mpetso yacu,ni wo Muhamagaro dufise nk'abagumyabanga.
"ARI CELEBRE" n'ikiganiro gishira ahabona ibikorwa umuntu ariko arakora vyatumye amenyekana.