Cndd-Fdd - TV
"Nk'indongozi, ntidushaka ko abadushize imbere bicuza." Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo
Давайте подумаем: дети Бурунди пролили свою кровь ради нашего процветания. Что мы можем сделать, ...
"Nimba ufise amahoro mu mutima, ugakora umugambi ukawushitsa, umenye ko bitizanye" R. Ndikuriyo
CNDD-FDD SHIMIRWA: Bikuru bikuru vyaranguye mu myaka 20 y'Uburongozi bw'Umugambwe CNDD-FDD
Message du Parti UDPS/RDC lors de la célébration du 20è Anniversaire de la gouvernance du CNDD-FDD
Message du Parti Zambien UPND lors de la célébration de 20 ans de la gouvernance du parti CNDD-FDD
Le SG du parti Tchadien MPS, Aziz Mahamat Saleh félicite le CNDD-FDD pour ses réalisations.
#ImbonerakureDay: АНК ЮАР положительно отреагировал на приглашение партии CNDD-FDD
"Ivyo dukora vyose tubikora twisunze impanuro za Sogokuru #Nkurunziza" Nyeniteka Reverien Ndikuriyo.
Umunyamabanga mukuru yasozerereye imyiyamamazo muri Komine Butihinda/Buhumuza.
Butihinda: Igihugu ntigitangwa kiragwanirwa.
#Tsinda2025: Umugambwe CNDD-FDD wakuye Uburundi hehe? Ubugejeje hehe? Inyishu na Sebarundi.
Kiganda: SE Angeline Ndayishimiye yifatanije n'abagumyabanga mu myiyamamazo.
Shombo: Abenegihugu barishimiye ivyiza Umugambwe CNDD-FDD ubagejejeko
Bugendana/Gitega: Inguvu zirakwiye, intsinzi ni ijana kw'ijana.
Karusi: "Umugambwe CNDD-FDD nta gisata na kimwe c'ubuzima bw'igihugu wasigaje inyuma" R. Ndikuriyo
Kuva CNDD-FDD utanguye kurongora Uburundi, hari icasubiye inyuma? SG R. Ndikuriyo aratanga umuco.
Sebarundi: "Imigambi CNDD-FDD imaze kurangurira abarundi, bose barayishima."
BUTANYERERA: "Tujane n'ibihe, ntaguta umwanya"
Highlight: Sebarundi agendera abagumyabanga bari mu myiyamamazo muri Komine Rwibaga /Bujumbura.
#CnddFdd2025: Abenegihugu bo mw'Ijenda, komine ya rwibaga, bati: "Tuzotora CNDD-FDD wadukuye habi"
Burunga: Ijambo rishikirijwe n'Umukuru w'igihugu mu gihe c'imyiyamamazo
Gitega: Vutura imitego, tube imboneza muri vyose, tubenurire!
Gitega: Umviriza ico abenegihugu bavuga ku mugambwe CNDD-FDD, mu gihe himirije amatora
Gitega: Sebarundi yazungurutse ikibuga aramutsa abagumyabanga imbere yo gutangura imyiyamamazo.
Buhumuza: Raba ingene abagumyabanga bo mu ntara ya Buhumuza bakiriye indongozi mu myiyamamazo.
Buhumuza: Intsinzi y'Umugambwe CNDD-FDD ni Cash
Sebarundi: "Turazi aho ihanga ry'Uburundi ryavuye n'aho ririko riraja. Ntihagire uwudusubiza inyuma"