Uburundi Mu Kirundi
Uburundi mu kirundi bwoba ari Uburundi buhire , bwiyunze kandi bwiyizi. None hari uwodeha ko ikirundi ari imwe mu nkingi z'ubumwe bw'abarundi ? Hari uwovuga akaranga k'abarundi adashizemwo ikirundi? Hari uwokwiyobagiza ko ururimi rutahuritse ari akagozi gatekera ivyiyumviro n'ubumenyi bigashika kuri bene kubihabwa bicuzuye?
Ikirundi gishoboye kudondora ivy'Uburundi vyose iterambere ryokurikira. Nkako uwuzigamye akaranga aba azigamye ibanga, ahari ubumwe hakaba n'uguhanahana ivyiyumviro n'ubumenyi ntihobura iterambere.
"Uburundi Mu Kirundi " twipfuza ko ikirundi gishika ku rwego rwo gukoreshwa mu bisata vyose vy'ubumenyi, twipfuza guhabura ingeso nziza zaranga abarundi zitakiboneka cane.
Kinyange ntavuga aravura
Umwami ari he? - inanga ya TOROBEKA Yozefu//inkuru y'igihe Mwezi anyegezwa abazungu
Ikembe - Torobeka: ryoherwa n'umudiho, unyurwe n'amajambo// abarundikazi mu mvutano baraberwa
Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi
Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana
Inanga y'ibisuma - Torobeka Yozefu// ndakambura abamvyaye sindayisiga
Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka
Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije
abakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenza
Rya kete wampa mukobwa - inanga ya NINTERETSE Donasiyano// harageze ko ngukumda mwiza, nkundira
Kinyange: amazina y'ukwihaya uwakugabiye
Warubizi 3 : wari uzi ko igisagara kitari ic'abakuru ahubwo cari ic'abakungu? Umve insiguro!!
Warubizi 2 : wari ubizi ko tuvuga igihindi, icarabu n'ikidagi twibaza ngo ni ikirundi ?
Warubizi 1: wari uzi ko uvuga ikiganda wibaza ngo ni ikirundi ? Aya majambo si ikirundi
Kireko 2 : icompa agakumi nokwisazura//aho ivunikiye yorima.
Kireko 1 : bikunda nogira abagore batanu// utingishije ibisusu wambaye pacanga umukobwa yarigemura.
oya si umurizo..//ni akaminuramuhini
Ubumwe bw’abarundi - umudiho n’amajambo
Ibicuba: Kinyange arahibongoza amajambo asosera ugutwi ||uwukunzwe n’indanga yohorana agatima keze
Erega abagore barakubita abagabo..||Kinyange ntavuga aravura , ni umurundi w’indanga
Послушайте, как Киньянге произносит свои имена — сладко и интеллигентно.
Inanga: Intagabana ziragowe - Torobeka ||umviriza ingene i bwami abagabanye bahaya uwabahaye
vya bigore vy'ibinebwe...// ibicuba n'amazina y'inka - Torobeka
N’aho nakagendeye umutama w’imararungu||urya aririmba “mudigadige”||ubu umukobwa yubaka ari umugore
Inanga : Ku gasumo ka Mwaro - Torobeka Yozefu||umve ibanga ry’ibihweba !
Star Boy wa StarTV257 atanze impanuro zibereye|| warasambana, umwana wawe akabikora ikosa ni rwawe
Ibanga ry’ukurera : ikiyago twagiranye n’abubakanye
KUBERIKI UMUKOBWA AGIYE KUBAKA ARIRA?||NI IBIHE BINTU VYEREKANA KO AGEZE KUBAKA?
NONOSORA IKIRUNDI :IMBWA IRARIRA?KIRABANIYE IYUMVIRE INYISHU BATANZE
Francine Niyonsaba mu kiganiro n’abamenyeshamakuru