Ishaka rya Pawulo mweranda.

Ishaka rya Pawulo mweranda, n'umurwi ugizwe n'abafaratiri bari mu maseminari makuru yo mu burundi.
Ufise umwitwarariko wo gufasha abakirisu gusenga no kuzirikana ikinyegezwa c'icungurwa, biciye mu ndirimbo hamwe no mu bundi butumwa bumwe bumwe barangura.