Pastor Edmond KIVUYE
Welcome to the official Pastor Edmond KIVUYE YouTube channel, where you'll find Pastor Edmond's teachings and preachings to help you on your faith journey.
Imana ikurinde kuba umwana w'ugupfa rubi! || Pasteur Edmond KIVUYE
Uhoraho ahindura abasavyi biwe umuriro waka! || Pasteur Edmond KIVUYE
Uratumiwe ku meza y'Umwami! || Pasteur Faith Kin KIVUYE
Kigarama/Décembre 2025: Ukwezi kw'umunezero mu gishingo c'umubabaro!
Uhoraho aguhe ubwenge bw'ugutunganirwa! || Pasteur Edmond KIVUYE
Ijambo ry'Imana ni rizima kandi rifise ubushobozi! || Pasteur Edmond KIVUYE
Witege Uhoraho, kuko Uhoraho niwe Mana Ihoraho!
Umererwe neza mu mutima wawe! || Pasteur Edmond KIVUYE
Uhoraho aguhe ikiruta ibindi vyose! || Pasteur Edmond KIVUYE
Ijuru rikwibuke kandi Mpwemu Yera agutangaze cane!
Uhoraho yagukuyeko agakengerwe! || Pasteur Edmond KIVUYE
Munyonyo/Novembre 2025: Ukwezi kw’ugushika kure cane!
Yesu yageze ko ivyawe vyuzuzwa! || Pasteur Edmond KIVUYE
Kubabarira abatugiriye nabi n'urufunguzo rw'Ukuzuka! || Pasteur Edmond KIVUYE
Wihanganire Ibikugerageza! || Pasteur Edmond KIVUYE
Ijambo rya Yesu rifise ubushobozi! || Pasteur Faith Kin KIVUYE
Ndagusabiye umugisha! || Pasteur Edmond KIVUYE
Ijuru ryuguruke mu gihe cawe c'ugusenga! || Pasteur Edmond KIVUYE
Amasengesho yawe arazana impinduka! || Pasteur Edmond KIVUYE
Ndakwibutsa ko ufite Kwizera! || Just a reminder that you have Faith!
Witege kubona Agakiza kavuye k'Uhoraho! || Pasteur Edmond KIVUYE
Ubu nyene Uhoraho arahagurutse kugutabara! || Pasteur Edmond KIVUYE
Kristo ntarahinduka! || Pasteur Edmond KIVUYE
Gitugutu/Octobre 2025: Ukwezi kukubere Igihe c’ukwegera Umwami, ugahabwa ivyiza biva kuri we!
Mu Muryi Havuye Ivyokurya, Mu Munyenkomezi Havuye Ibisosa!
Yesu arashoboye kugukiza ivyaha n'ingaruka zavyo! || Pasteur Edmond KIVUYE
Uhoraho yaturinze inzira y'Abafilisitiya, natwe tuyirinde!
Uhawe gutsinda umwuka w'abamaleki! || Pasteur Edmond KIVUYE
Wirinde umwikomo w'igipfu kuko uraremereye cane!