Pacifique Nininahazwe
Эварист Ндайишимие: скажи мне, Пацифик, дай мне поплакать!
Amateka y'Uburundi mu masanamu.
#Sindumuja Zimwe mu ntwari ziguze Uburundi. Zagwaniye Ibwirizwa Shingiro.
Ijambo rya Kefa Nibizi imbere ya Prezida Ndayishimiye, ku busuma bwaranze amatora yo ku 05.6.2025.
Umu Star Njelina Ndayishimiye: "iyo abantu bamvuze ikintu nca ndagikora rwose!"
Pacifique Nininahazwe : Inkomoko y'ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza n'ingaruka vyagize.
Inyishu ya Petero Nkurikiye ku Mushingamateka Jean-Baptiste Sindayigaya !
Kamenge : Umushingamateka Jean-Baptiste Sindayigaya yahatswe kunyuruzwa, 10.5.2025 kuri Gare du Nord
Hon. Pamphile Malayika : "Uwujejwe igitoro mu Burundi akwiriye gutanga imihoho !"
Ikiganiro AGAHAZE co ku wa 30.8.2024 Abarundi 120 baramaze kunyuruzwa ku ntwaro ya Ndayishimiye !
#Ndondeza Désiré Manirambona : umukozi w'iperereza yishe Hafsa Mossi nawe yaranyurujwe n'iperereza !
Burundi : "Imana ku murango, umupfumu mw'ijoro". Ibinyegezwa vyo mu rubanza rwa Général Bunyoni.
ikiganiro AGAHAZE co ku wa 16.5.2024: Umurwi CNIDH utakaje Statut A incuro zibiri mu myaka 6 gusa !
Ikiganiro AGAHAZE 26.4.2024 : Ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza cishe vyinshi, umuti uzoca hehe ?
Turibuka Intwari ziguze Uburundi mu kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza muri 2015.
ibihushane vya Evariste Ndayishimiye
Urupfu rwa Petero Nkurunziza ruvugwa gute muri dosiye ipfunze Général Bunyoni ?
Burundi : Leta iremera ko idafise amafaranga yo kugura ibitoro, Inama Nkenguzamateka ntivyumva !
UGONA IKI kw'ipfungwa rya Général Bunyoni ?
"Petero Nkurunziza yishwe n'ishano". Amatohoza ya Bob Rugurika
Ibanki y'isi yose na FMI vyagiriza Evariste Ndayishimiye ko yiba amamiliyaridi menshi...
Amb Zéphyrin Maniratanga na Prezida Ndayishimiye baravuguruzanya ku kibazo c'abanyuruzwa mu Burundi
L'ambassadeur Zéphyrin Maniratanga s'en prend au Rapporteur spécial sur le Burundi, Fortuné Zongo
Ikiganiro ca Edouard Nduwimana na Pacifique Nininahazwe kuri Radio Rema FM ku wa 21.11.2013.
Emmanuel Sinzohagera ahanura umushikiranganji Ibrahim Uwizeye gutanga imihoho !
Evariste Ndayishimiye : ntimuze mutangare babatembagaje !
Burundi : Ubutegetsi bwa Prezida Ndayishimiye buramaze kunyuruza abantu benshi mu myaka itatu.
Ndondeza Selemani Niyonzima na Venant Kayobera (Amadi) banyurujwe n'igisirikare ku wa 31.7.2021
Léonidas Hatungimana na Pacifique Nininahazwe : intwaro ya Ndayishimiye izogeza hehe Uburundi ?