MINEAGRIE BURUNDI TV
Tubashikiriza ibiganiro bitandukanye bishimikiye kuburimyi, Ubworozi n'ibidukikije
Igiciro c'2100 ku kilo ni co cashinzwe na Reta kw'igurishwa ry'ibigori vyegeranijwe n'ikigo ANAGESSA
Umuceri: Ibikorwa vy'ishirahamwe SRDI mu guteza imbere igiterwa c'umuceri
Kakamega 1: Ubwoko bushasha bw'ubwatsi bw'ibitungwa bwakozweko ubushakashatsi n'ikigo ISABU na ILRI
Ubushakashatsi ku mbuto z'ibiterwa mu kigo ISABU
Irima ry'agatasi 2025A - Imbuto z'ibigori PAN 53
PAN53 : Réception du deuxième lot des maïs hybrides par le ministre Ir. DODIKO Prosper
Visite du MINEAGRIE au Centre pilote Agricole au Burundi
Imbabura ikingira ibidukikije : Ikoresha umubire mu gishingo c'amakara
Machines d'irrigations: A Gitega, une société des jeunes fabriques les machines d'irrigation
Imbuto z'ibigori (Hybride) ziriko zirakorwa kandi zikagwirizwa hano iwacu mu Burundi - SETRACO
GUTEGURA IRIMA RY'AGATASI (Saison 2025 A)
Analyse des rapports des activités réalisées dans le domaine du C.C
Gukurikirana imirima bifise akamaro (MINEAGRIE & One Acre Fund - Burundi)
Akamaro ko gutera ibiterwa tubitandukanya / Amatandukanya meza (MINEAGRIE & One Acre Fund - Burundi)
Akamaro ko kurima duca amabango dukikamika (MINEAGRIE & One Acre Fund - Burundi)
AKAMARO KO GUKORESHA ISHWAGARA (Mineagrie & One Acre Fund - Burundi)
DIASPORA: Umushikiranganji yarakiriye ibikoresho vyo kurima (Motoculteurs)
GUTEGURA IRIMA RY'AGATASI / Ni gute umurimyi yokwitegurira irima ry'agatasi ?
Twijukire gukoresha Umwuka "GAZ" mu gukinjika / Dukingire isi, duhangane n'ihindagurika ry'ibihe
Sensibilisation face à la pollution de l'eau des rivières traversant la ville de Bujumbura
Twirinde imiriro ya nyakanga (feu de brousse), tubungabunge amashamba
Irima ry'impeshi: Umugambi wa Reta wo kurimira hamwe amatongo watumye umwimbu wongerekana i Muramvya
MINEAGRIE: Evaluation de la saison 2024A et la saison 2024B. Point de presse du 08 juin 2024
ANAGESSA: ISEKEZA RYA KABIRI RYO KWEGERANYA UMWIMBU
Igikorwa co kugura umwimbu w'ibigori / ANAGESSA
Imbuto z'ibigori (Hybride) zikorewe mu Burundi
ANAGESSA: Inama yagirishijwe n'umushikiranganji wa mbere ku bijanye no kwegeranya umwimbu w'ibigori
Gusahiriza abenegihugu mu kubaronsa ifumbire ku giciro kitavuna
UBWOROZI: Kunagura igisata c'ubworozi mu kwinjiza ibitungwa vy'amaraso mashasha
ANAGESSA : Kubika umwimbu w'ibigori vy'abenegihugu vyifashe gute mur'iki gihe ?