URUKIZA TV

🔴" Yandungitse Kumenyesha Ababoshwe Ko babohowe n' ugutangaza Umwaka w' Ubuntu bw' Umukama "

🇧🇮🇻🇦
URUKIZA TV : Ni ikinyamakuru kidufasha kumva Inkuru Nziza y' Amahoro n' Umwidegemvyo w' Ibohoka ry' Abana b' IMANA


🔥Ushobora gusangira natwe ibikogwa mukuduterera ivyiyimviro canke mukutwunganira muburyo ubwaribwo bwose mushoboye

Intererano yawe nikirumara


Icipfuzo cacu, Tugusavye udushigikire:
1. Kuronka Ibikoresho vyugifata Amasanamu meza
2. Kuronka inyigisho n' ibiganiro
3. Gusabira ibibikogwa vyo kubuhinga ngurukana Bumenyi