Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka

Автор: Uburundi Mu Kirundi

Загружено: 2023-06-16

Просмотров: 17923

Описание:

Ubumwe bw'imiryango y'abarundi muri vyinshi bushingiyeko harimwo guhana abageni.

Iri ni ijambo ritegura iry'ugusaba umugeni. Kumbure muhora muvyumva mu majambo y'ugukwa bavuga bati : " ..hari akajambo twayagiye mu mbaramake" baba bashatse kuvuga ijambo nk'iri.

Kinyange afise umuhungu, atakirya atakiryama kubera yashimye umukobwa wa Torobeka. Ico ni catumye Kinyange ahaguruka agana Torobeka ngo amusabe ubumwe kugira ngo umusi uri izina aze atamaze mw'irembo ryiwe aje gusaba umugeni.

Ni mwumvirize uko iryo jambo rihinyanyurwa, ribabere urugero nimba musanzwe mutamenyereye kurisigatura.

Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

abakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenza

IJAMBO RYA H.E PAUL KAGAME MU BUKWE BW'UMUKOBWA WA RWIGEMA/ ABABAJWE NI UKO JUNIOR GISA ATABUTASHYE

TUMENYE BBILIYA IGICE CYA 34

TUMENYE BBILIYA IGICE CYA 34

Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana

Woow🥰Umukobwa wa SOSTHENE SERUKIZA🥰Imana IMUKOREYE UBUKWE BWIZA BWIGITANGAZA byaturenze UMUSHUMBA.

#NCIRUMUGANI13: ITANDUKANIRO HAGATI Y'UMUGANI, UMWIBUTSA N'IGITITO; UMUGANI W'UMUGABO W'IMBURAKIMAZI

IJAMBO RIKWIYE RYO GUSABA UMUGENI

IJAMBO RIKWIYE RYO GUSABA UMUGENI

Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije

IJAMBO RYO GUSABA UMUGENI MU KIRUNDI CIZA ||  #TOROBEKA NA #KINYANGE

Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi

UWAMBERE MU RWANDA MUKUVUGA IMISANGO ARATWEMEJE PE

"KUVUGA NI UGUTARUKA" : IMPYISI IJYA GUSABA UMUGENI MU NZOBE ; JORIJI BANETI WAJYAGA WUMVA BAVUGA

Urakeneye kumenya ingoma y'umwami MWEZI GISABO n'ibibazo yahuye navyo ? Ni muri iyi nkuru

01.12.2025🔥 dore uko SUKHOI IZITWITSE🔥iza RDF ZIRAKONGOTSE🔥  ABARUNDI BEGUKANYE INTSINZI iKASIKA💪🏾💪🏾

IJAMBO RYO GUSABA IREMBO N UMUGENI REDIFF 22 01 2020 REDIFF 6 07 2020

Dot Au BURUNDI BUJUMBURA (DOMINIQUE & DIANE)

UBURUNDI BWOSE BWAHAHAMUTSE BIGEZE NO KURI NEVA BABASIRIKARI BE BISHWE NGO BAZIZE ABATOJWE NA RDF

Dot y'Umukobwa wa MBAYAHAGA😍//Amarira y'UMUNEZERO k'Umuryango🥹//Vice PRESIDENT Bamwakiriye😍

Uku niko Umwami Mwezi Gisabo yarokotse urwa Kirima na Maconco kumwe na Rumariza

Amabanga 9 Kuri Wowe ugira ubwoba Yagufasha Kuvugira mu Ruhame

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]