APOTRE SOSTHENE: Ibintu 7 abagore banka ku bagabo,ibintu 7 abagabo banka ku bagore
Автор: Iriba ryiza
Загружено: 2023-11-20
Просмотров: 2063
Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: