Umukuru w'igihugu Ndayishimiye aremeza ko abanyagihugu bafise agaciro kanini muri demokrasi
Автор: RADIO TV BUNTU
Загружено: 2025-12-02
Просмотров: 208
Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye amenyesha ko demokrasi yaje kugirango ibintu bihinduke.Amenyesha ko muri demokrasi abenegihugu bafise uburenganzira bwo kuvuga,bakanegura ivyo indongozi ziriko zirakora.
Mu mubonano yagiranye n'abarongoye ibimenyeshamakuru mu Burundi n'abõshi (influenceurs) kuri uyu wa mbere, yamenyesheje ko umuzo w'abakoroni wari ugamije gufata ivy'ivyiguhugu nk'inyungu z'abantu.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: