Gushima: Imico Nkaranga y’Abarundi Yama Iranga Ubupfasoni n’Ukugabirana
Автор: LIGHT KING MEDIA
Загружено: 2025-11-30
Просмотров: 36
Gushima ni kimwe mu biranga imico n’akaranga k’Abarundi kuva kera.
Ni ikimenyetso c’ubupfasoni, ubumwe, no kubaha abandi.
Mu muco, gushima birerekana umutima mwiza, ukwubaha ibikorwa vy’abandi, kandi bikubaka umubano mwiza mu muryango no mu gihugu.
Muri iyi video turiga impamvu gushima ari ingenzi, ingene vyubaka umuryango, hamwe n’ukuntu Abarundi babikora mu buzima bwa minsi yose biciye mu mvugo n’inyifato.
Reka dusubire ku mizi y’uburundikazi tugakomeze umuco wo gushima n’ukurwiza ineza hagati y’abantu.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: