Umuhari MFFPS uhamagarira kutibagira urugamba rw’abakenyezi mu 2015
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 2025-05-10
Просмотров: 255
Igihugu cibagira urugamba rw’iteka rw’abakenyezi, ni igihugu kizoguma kirangwa n’indyane z’urutavanako. Bivugwa n’umushingwamanza Jeanne d’Arc Zaninyana, umuyobozi nshingwabikorwa w’umuhari w’abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano mu Burundi (MFFPS).
Biri mu rwandiko rwasohowe n’uwo muhari kuri uno wa 10 Rusama 2025, aho hibukwa imyaka 10 iheze abakenyezi bagize imyiyerekano i Bujumbura.
Umushingwamanza Zaninyana akibutsa ko urugamba rw’abo bakenyezi atari ivyabaye muri kahise gusa, ahubwo ari ibuye twubakirako amateka dusangiye.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: