UMVIRIZA IGITUMA ABANYAGIHUGU BENSHI BATURA UMUKURU W'IGIHUGU IBIBAZO BIJANYE C'UBUTUNGANE.
Автор: SHIKIRIZA TV
Загружено: 2026-01-22
Просмотров: 199
UMVIRIZA IGITUMA ABANYAGIHUGU BENSHI BATURA UMUKURU W'IGIHUGU IBIBAZO BIJANYE N'UBUTUNGANE.
Maître Patrick #Nukuri arongoye urwego rw'abashingwamanza b'i Bujumbura, aratubwira impamvu abanyagihugu benshi bitura Umukuru w'Igihugu c'Uburundi, Evariste #Ndayishimiye, bamwigaranira ibijanye c'ubutungane.
Nk'uko yabandanije abishikiriza ngo mu rwego rw'abashingwamanza harimwo abadakora umwuga wabo neza nakare ngo nta mwonga ubutare isato iba idahizwe. Aha amenyesha ko iyo bigaragaye ko hari uwakoze adakwirikije amategeko ngo araheza agasezererwa muri urwo rwego.
Yabishikirije kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 21.01.2026 mu kiganiro n'abamenyeshamakuru.
#shikiriza #TestifyToInspire #Burundi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: