Inkuru nziza ku miryango ifise ikibazo c'ubugumba yahora ija kw'ivuza mu bihugu vyo hanze.
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2023-05-04
Просмотров: 3895
#Burundi: Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye yaraye yuguruye ikigo kizovura abafise ikibazo c'ubugumba mu ntara ya Gitega ahasanzwe hari ivuriro Polyclinique Umugiraneza. Akaba yabifashijwe na Dr Rasha Kalej arongoye fondation Merck ikaba ifise icicaro mu gisagara ca Dubaï.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: