IBINTU 9 UBA UHOMVYE IYO UTARIYE IMBOGA
Автор: ikanguro n'ubugorozi Burundi
Загружено: 2025-12-05
Просмотров: 240
Imisozi uyirekurirakw imvura ivuye ku nsenge zawe, Isi ihazwa n’ibivuye mu bikorwa vyawe.
Zaburi 104 : 14
Umereza inka ubgatsi, Umeza imboga zo kugaburira abantu, Kugira ng’ ubakurire umutsima mw ivu,
Zaburi 104 : 15
Na vino inezereza imitima y’abantu, N’amavuta yo kuyagayagisha mu maso habo, Kandi ng’ umutsima uhe imitima y’abantu amagara.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: