"Club ami du Fisc" ya Lycée du St Esprit Biyemeje kuja kwigisha abandi akamaro k'amakori n'amatagisi
Автор: OBR. BI
Загружено: 2021-06-11
Просмотров: 156
#Burundi Mu gusozera ibikorwa vy'umwaka w'ishure 2020-2021, abanyeshure bahurikiye mu murwi w'abagenzi b'amakori n'amatagisi "club amis du Fisc" bo kw'ishure ryitiriwe Mutima Mweranda-"Lycée du Saint Esprit" bamenyesheje ko bungutse vyinshi muri Club barimwo. Biyemeje kuja kuvyigisha abandi mu buruhuko kugira bafashe abantu benshi kumenya akamaro ko kuriha amakori n'amatagisi.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: