Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

IKIGANIRO C'INGO N'IMIRYANGO:N'igiki catabaye Mariage ya Pasteur Marc KAGISYE?

Автор: Liany Media

Загружено: 2021-09-23

Просмотров: 82722

Описание:

Mukiganiro c'Ingo n'Imiryango caremeshejwe na Pasteur Marc KAGISYE n'Umufasha wiwe mumpera z'umwaka 2019 muri Leta zunze ubumwe z'Amerika mugisagara ca Portland muri Etat ya Maine,uyo muryango warashingiye intahe abaraho ko mu minsi yambere bakigira ubugeni bitari vyoroshe nagato.Banatugira inama y'ibintu 7 twokora kugira ingo zacu ziryohe kandi zikomere. Pasteur Marc KAGISYE arongoye ishengero LIFE CENTER rifise icicaro mu BURUNDI.
Imiryango tuvukiramwo,imico n'imyerere yaho dukurira,akahise k'ivyo twabayemwo bigira ingaruka zahafi y'ubuzima tubamwo mungo twubaka.LIANY MEDIA Tv kimwe mubiyiraje ishinga nugusangiza abandi intahe n'inyigisho zituma tugira ingo turyoherewe kandi zikomeye.
Wifuza gushinga intahe canke kudusangiza inyigisho zifasha kubaka umuryango, urahawe ikaze.Twandikire kuri lianymedia@gmail.com.
Murakoze Imana ibahezagire.

IKIGANIRO C'INGO N'IMIRYANGO:N'igiki catabaye Mariage ya Pasteur Marc KAGISYE?

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

Kuba mu Mana niyo soko y'imigisha yose//Agakiza n'imigenderanire myiza n'Imana - Pastor Marc KAGISYE

Avuze ibintu bikomeye bituma urugo rusambuka//Ev.ALICE Manisha ayiciye umurya noneho//Abagore...

Bishitse mu rugo hakaza ibihe bigoye, n'iyihe nyifato twogira?/Pst Christian Cyiza/Ingo n'imiryango.

#KuKAYI : Dépression mu rugo/Imwe mu ngaruka zo kutamenyana neza imbere ya mariage/Intahe

MARIAGE Idasanzwe y’umuririnvyi  mpimbaza MANA #Davidtresor & Elsie

UMUGOZI UKENEWE Avec Pasteur  Marc KAGISYE

#CHOIX DU CONJOINT: IBINTU VYO KWITONDERA MU GUHITAMWO UWO MUZOBANA By Preacher ADRONIS NDUWIMANA

COUPLE ya Tom Close na Tricia Bati najyaga mutegurira nkumwami atashye❤Batanze inama kububatse ingo💖

Pst Hortense MAZIMPAKA🥰 INKUMI NA BASORE BIBWIRAKO BAZASHAKA ARUKO IMANA IVUZE/IBANGA RY'URUGO RWIZA

UMUGORE WUZUYE UMWUKA WERA NK'INKINGI Y'ITERAMBERE BY RÉV PAST MUDAHERANWA FIDELE

"Tudaciye bugufi twisanga mu mutego w'ukugwa mu bwibone." - Pasteur Marc #KAGISYE

"Banyambitse impeta ya fiançailles ntavyumva!"IBINTU UDAKWIYE KWIHENDAKO MU GUHITAMWO UWO MUZOBANA

Intahe ikomeye ya Dudu T🥹/kumenya umugore wanje vyarangoye/bwarigeze kunyankira gose/#myjourney

IMIBONANO MPUZABITSINA, N'INKINGI Y'URUGO

i Burundi nahaboneye akaga||Yanyishe mpagaze||Papa na mukadata baranyanze|| Nirere yarashaririwe

Rev.MUDAHERANWA 🥰Abantu Ntitukigira Urukundo/Ineza y umuntu Imenywe na bose

JE MONTERAI À LA MONTAGNE DE L'ÉTERNEL (PARTIE 3) AVEC PASTEUR KAGISYE MARC

ABAGORE GUSA: IBINTU 20 BIGARAGAZA KO UMUGORE YAVUYE MU MWANYA WE (IMANA YAMUSHIZEMO) |Pastor Desire

Intahe ibabaje ya FANNY LAVINE//Nagize DIVORCE mfise abana 2//Nakubitwa buyoka ataco nzira//naricuza

Woow🥰 RUTAYISIRE Ibintu bitera DIVORCE bisenya ingo KUKI UMUGORE WAWE ATAKUYOBORA KOMWABAYE UMWE

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: infodtube@gmail.com