Kurikirana amakuru y'ikirere dushikirizwa n'ikigo
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-11-24
Просмотров: 244
Kurikirana amakuru y'ikirere dushikirizwa n'ikigo #IGEBU, aho kuri uyu wa 25 Munyonyo 2025.
Ku muhingamo haritezwe izuba mu bice vyinshi vy'igihugu.
Ahazoba hashushe gusumvya ahandi azoba ari mu #Cibitoke kuri 30°C.
#Burundi #météo #IGEBU #Ikirere
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: