Naracunguwe by Calixte & Axella official video
Автор: Calixte & Axella
Загружено: 2021-01-10
Просмотров: 21417
Artist | Dadu Calixte
Song | Naracunguwe
Audio producer | Level9 records
songwriter /Dadu Calixte
Lyrics:
Intro :Naracunguwe sinzorimbuka yantuye ya mitwaro ubu ngenda nemye.
Verse 1: Narimumwijima ntavyizigiro narimfise unsanga aho narimbohewe mwivata ry'ivyaha ntivyari vyoroshe kumpfira ariko warampfiriye mbona ubugingo.
chorus : Naracunguwe sinzorimbuka yantuye yantuye ya mitwaro ubu ngenda nemye ndagushimiye ikiguzu watanze
Bridget :Shimwa kubwo ikimazi watanze kubwo urupfu wapfuye ngo mpabwe ubugingo*2
Sinzopfa nzorama nzovuga ineza yawe Mwami.
Ending : Hallelujah Hallelujah warakoze kuncungura.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: