Ongereza amaraso mu mubiri mu kwihereza kino kinyobwa (jus) . Lyse IRUTAVYOSE
Автор: IMIBEREHO TV
Загружено: 2024-05-01
Просмотров: 707
Abantu benshi usanga babwirwa kwa muganga ko mu mubiri bafise amaraso makeya. Iyi jus mu gihe umaze ikiringo c'indwi yose uyifata, iragufasha kwongereza amaraso mu mubiri iwawe. Uwukuze wofata ibirahuri bibiri ku munsi, kimwe mu gatondo ikindi ku mugoroba, ku bana nabo wobapimira nkeya wisunze imyaka bafise.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: