Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

#Burundi_Saudia

Автор: Daniel Mugisha

Загружено: 2026-01-22

Просмотров: 583

Описание:

#UPDATE No.3
#BURUNDI_SAUDI_ARABIA
GUTABARIZA #NIYUKURI_PASCALINE !!
Niyukuri Pascaline, n'Umurundikazi yarungitswe gukora akazi ko mu nzu mu gihugu ca #Saudi_Arabia,Amagara yiwe abandanya kuba babi cane.
Tubanze tubibutse Ivyamubayeko (muncamake)
Pascaline yararwaye bikomeye inyuma yo guhabwa uburozi mu ndya n’umwalabu yakorera munzu, igihe yagerageza kumwica ariko Imana irakinga ntiyapfa.
Ibi kandi vyemejwe n’abaganga bamupimye ari nabo bahavuye bamubaga munda nkuko tuza kubibona munkuru Irambuye.
Inyuma yo kurya Uburozi aho ni ho yatanguriye kubabara cane mu nda, atangura no gucibwamwo #amaraso. uburwayi bwakomeje kurushirizaho kwiyongera uko imisi yagenda irahera.
Niho italiki 05/01/2026, yajanwe kwa muganga abaganga bamucisha muri #Radiography yerekana ko mu nda hari inyama zaboze. Abaganga barashavuriye cane abakozi ba Office arwariyeko kuko bamuzanye,bateba ba babsza impamvu bamutebeje kumujana kwa muganga gushika aho ubuzima bwiwe businzikara
Nyuma y’ivyo, Pascaline yarabazwe munda (operation) Ariko, inyuma yo kubagwa:
-Yasubijwe ku biro (Office) aho yaba
-Arara ahindana n’abandi bakozi bamutoneka
-Afungura nabi,Umuceri gusa
-Arababara cane aho yabazwe
Ihohoterwa rikurikiye inyuma yo kubagwa!
Pascaline aratabaza avuga ko:
Yajanywe gukurwamwo inyuzi munda aho yabazwe, atanakanya kahaciye atarakira bamuhatiye gusubira gukora akazi karuhisha mu nzu z'abalabu kandi atarakira neza
Ikindi kibabaje, Umwalabu nyene ikigo yamubwiye ko:
Niyaramuka adasubiye gukora, ategerezwa kwirihira 5,000 SAR kugira asubizwe mu Burundi😭
Canke yemere gusubira mu kazi n’aho atarakira kugira akorere itike y'indege izomusubiza mu Burundi.
Italiki 22/01/2026 Pascaline yahatiwe gusubizwa gukora ibikorwa biruhisha, n’irengagije ko:
-Yari aherutse kubagwa
-Atarakira
-Mugihe contract y'akazi yiwe isigaje ukwezi kumwe n’igice gusa ihere.
Durasaba ubutabazi bwihuta kuri NIYUKURI
___________________________________________
-Leta y’Uburundi
-Ambasade y’Uburundi muri Saudi Arabia
-Ubushikiranganji bw’Imigenderanire n'ayandimakungu
-Ikigo camurungitse Saudi_Arabia
Bamufashe kuronka itike y’indege, atahukanwe mu Burundi kugira abandanye kwitabwaho n''umuryango wiwe.
Ama #videos na #audios ziteye agahinda Pascaline yatanze mukiganiro na #Danie_Mugisha, umwe mu batabariza #Abarundikazi_bahohoterwa mu bihugu vy’Abarabu (Saudi Arabia, Iraq, Oman nahandi....
Pascaline NIYUKURI asaba ko akamo kiwe
Koshikira umukuru w’Igihugu c’Uburundi #prezida_evariste #Ndayishimiye kugira amufashe asubire mu Burundi.

#Gutabariza_Abarundikazi_Bahohoterwa_Saudi_Arabia
#Inyigisho_zingo_nimiryango by #daniel_mugisha

#Burundi_Saudia

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

Umukuru w'igihugu ngo niwe babona ko yobakiza amarira | I Nyabiraba baranyotewe ubutungane

Umukuru w'igihugu ngo niwe babona ko yobakiza amarira | I Nyabiraba baranyotewe ubutungane

Ng’iyi impamvu ituma uyu mugabo abaho nk’abagore / Yitwa Samuel ariko bamutazira Bebi

Ng’iyi impamvu ituma uyu mugabo abaho nk’abagore / Yitwa Samuel ariko bamutazira Bebi

♦️ URUGAMBA RUKOMEYE♦️RUGEZI♦️NONAHA ADUI ARAKUBISWE ARAHUNGA LE 23-01-2026

♦️ URUGAMBA RUKOMEYE♦️RUGEZI♦️NONAHA ADUI ARAKUBISWE ARAHUNGA LE 23-01-2026

Uma (outra) viagem à África

Uma (outra) viagem à África

IKI GITONDO MA23 IFASHE UVIRA BWA 2 ISI YOSE IRAHAGURUTSE GEN MAKENGA AFASHE ICYEMEZO ABARUNDI 112🔥🔥

IKI GITONDO MA23 IFASHE UVIRA BWA 2 ISI YOSE IRAHAGURUTSE GEN MAKENGA AFASHE ICYEMEZO ABARUNDI 112🔥🔥

IYI NKURU NTIGUCIKE !!!!! MBEGA BYIZAAAAAAAA 😍😉😍😍😍

IYI NKURU NTIGUCIKE !!!!! MBEGA BYIZAAAAAAAA 😍😉😍😍😍

KERA BAMBESHYAGA KO NDI MUBI ARIKO NARISOBANUKIWE❤️UMUHOZA CLARISSE YARAKIZE NEZA❤️

KERA BAMBESHYAGA KO NDI MUBI ARIKO NARISOBANUKIWE❤️UMUHOZA CLARISSE YARAKIZE NEZA❤️

Uyu mugore arwaye SIDA umugabo we ntayo❤️Abana babo ni bazima. Bibaniye neza cyane banakora urukundo

Uyu mugore arwaye SIDA umugabo we ntayo❤️Abana babo ni bazima. Bibaniye neza cyane banakora urukundo

NATOREWE KUBA PREZIDA W'INDAYA MU RWANDA/NATOYE AGAHINJA NGATUNGISHA KWICURUZA NONE KABAYE AGAKUMI

NATOREWE KUBA PREZIDA W'INDAYA MU RWANDA/NATOYE AGAHINJA NGATUNGISHA KWICURUZA NONE KABAYE AGAKUMI

#Burundi_Saudia DUSHIMIRIMANA ASHURA yaramaze Contract ariko yaheze Saudia ,asaba Faiza kumusabira

#Burundi_Saudia DUSHIMIRIMANA ASHURA yaramaze Contract ariko yaheze Saudia ,asaba Faiza kumusabira

Почки скажут вам: всего 1 стакан перед сном и ночные походы в туалет исчезнут | ПАМЯТЬ И МОЗГ

Почки скажут вам: всего 1 стакан перед сном и ночные походы в туалет исчезнут | ПАМЯТЬ И МОЗГ

NTA GAHINDA KARUTA AKUYU MUVYEYI😭/ESE KUBURIRA RIMW ABANA BABIRI/NKUBU YOBA YARIYAHUYE😭/Tabara Yemwe

NTA GAHINDA KARUTA AKUYU MUVYEYI😭/ESE KUBURIRA RIMW ABANA BABIRI/NKUBU YOBA YARIYAHUYE😭/Tabara Yemwe

Ingaruka 5 z’ikomeye zo kuboneza urubyaro ukoresheje Agapira | Muganga Felicien

Ingaruka 5 z’ikomeye zo kuboneza urubyaro ukoresheje Agapira | Muganga Felicien

KIGALI: UKO UMUSHUMBA WA #BIZIMANA YEMEZA KO BAZAKOMEZA KONESHEREZA UMUTURAGE BIRATANGAJE, ARATABAZA

KIGALI: UKO UMUSHUMBA WA #BIZIMANA YEMEZA KO BAZAKOMEZA KONESHEREZA UMUTURAGE BIRATANGAJE, ARATABAZA

MINISITIRI W'URUBYIRUKO YAVUZE KURI WAMUKOBWA WAVUZE KO URUBYIRUKO RW'U RWANDA RUKENNYE

MINISITIRI W'URUBYIRUKO YAVUZE KURI WAMUKOBWA WAVUZE KO URUBYIRUKO RW'U RWANDA RUKENNYE

NIKI GITUMA ABANYAMULENGE MUKOMEZA GUTERWA// TWIZEYE KO M23 IZONGERA IKADUTABARA

NIKI GITUMA ABANYAMULENGE MUKOMEZA GUTERWA// TWIZEYE KO M23 IZONGERA IKADUTABARA

REPUBLIKA Sakiewicza TONIE | Dominika Wielowieyska, 23.01.2026

REPUBLIKA Sakiewicza TONIE | Dominika Wielowieyska, 23.01.2026

Umunyeshuri w'imyaka 14 ariyahuye kubera gutinya inkoni za mwarimu💔🤔

Umunyeshuri w'imyaka 14 ariyahuye kubera gutinya inkoni za mwarimu💔🤔

Uwundi #Murundikazi #Divine ahawe #ishano_acide_uburozi n'umwarabu akorera😭

Uwundi #Murundikazi #Divine ahawe #ishano_acide_uburozi n'umwarabu akorera😭

Amasengesho yatunganijwe n'Umugambwe CNDD FDD azomara imisi 3

Amasengesho yatunganijwe n'Umugambwe CNDD FDD azomara imisi 3

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: infodtube@gmail.com