Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

#Burundi

Автор: Mashariki TV

Загружено: 2022-12-02

Просмотров: 3761

Описание:

#Burundi #InnovationWeek Aba bajeunes entrepreneur bo mu Rubirizi bobo rero ngo bazanye ibitanganza. Bafishe ishirahamwe ryitwa #MAKIMBU (Makara Kigazi Mbabura Burundi) ngo rikora imbabura, ifuru zisa hamwe n'amakara akorwa mu mashami y'ibigazi kandi ngo arazimbutse, aragwira agahisha ningoga. Akabirya rero ngo nuko ayo makara aboneka batarinze guca ibiti, gutyo bakaba bakingiye ibidukikije. Umviriza nawe, ugire ico ubivuzeko.

#Burundi

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

Mbega iyo ntabaho u Burundi bwari kuba buhomvye iki? Kimwe mu mibazo Inkerebutsi yibaza

Umukuru w'Igihugu ahejeje kwugurura Isoko ry'imitahe yasavye abahora bakorera mu gifuri baje ahabona

Ishirahamwe KAZE GREEN ECONOMY rihingura amakara ritononye ibidukikije rishitse ku ntambwe iyihe?

Muri ONATOUR ngo bafise ihangiro ryo kwimbura ikizuku kubwinshi kugira uwugikeneye wese  akironke.

Société BMBC yo kwubaka inzu nziza zigezweho mu Burundi yatuzaniy  projet nshasha y'amazu menshi

Qui sont les 11 jeunes entrepreneurs primés par le président de la République/ #InkerebutsiDay

Imbabura nyabwonko hari ico ibabwiye? Ivyuma vyo kubundikira imiswi navyo? Kaze muri #SGEC-Gitega.

INZU nziza y'IGITANGAZA i BUJUMBURA//Ubuhinga yubatswemwo//Akabirya kayo utosanga ahandi//Uwuyipfuza

Inzu 28 nziza za kijambere  zubatswe mu Burundi na Fablice CEO wa CSBU hamwe na BHB, vuba zirinjirwa

BATAYO EBYIRI Z'ABARUNDI ZAGOTEWE UVIRA ZABUZE UBUTABAZI: IBIKORESHO N'IBIRIBWA BYAMAZE KUBASHIRANA

WA MURUNDI ARIMA IKIBONOBONO YUBATSE URUGANDA RUHAMBAYE||IMYITEGURO YO KWAKIRA UMUKURU W'IGIHUGU

FABLICE avuze kwisoko nkuru ya Bujumbura|Amamiliyoni Abarundi bamaze gutanga|Imigambi kuzana igitoro

ISHUSHO Y'URUGAMBA: UKO AFC/M23 YINJIYE MU MUJYI WA #UVIRA.

Rutana/ Willy Tuyisenge, financé par PAEEJ fabrique des mèches à base de bananes. 600 mille Fbu/mois

TWAMUSUYE I BUJUMBURA🤗APPARTMENTS N'INZU ZIGEZWEHO|Kuri MILIYONI nkeya CHITA YATANGAYE.. Marchal

KAZE ABROAD ni ishirahamwe rifasha urwaruka kurondera amashure yo mu mahanga vyoroshe.

Bamudahusha b'Urwanda kumupaka W'UBURUNDI🚨Prime ETAT MAJOR VYAKOMEYE/Mbayahaga Ntarira Busema ubwoba

Umunyarwanda yakoze imbabura idasanzwe ikoresha vidanje ihisha vuba kurusha gaz, 4k ku kwezi

Chris NDIKUMANA Bareke Kumugira IKIGIRWAMANA😡/Twahukanye mumezi 3 Tubanye/Aba Pasteur N'ABATEKAMUTWE

Rugombo/Afashijwe na PAEEJ, Divine Irambona akora ama emballages biodégradables mu biti vy'ibitoke.

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]