ubuzima bwo muri shanghai China |ndabatembereza ,tuje gufungura , cinema no gusuma | vlog
Автор: IYIZIRE the Dreamer
Загружено: 2021-12-12
Просмотров: 1614
Mwaramutse canke mwiriwe bivanye naho muri .Karibu kuri channel yacu .Nitwa Sandra Iyizire mfise channel yicongereza ,ariko benshi baransavye kugira ama videos ari mu kirundi .Niho havuye iciyumviro co gutangura
iyi channel.vyinshi vyerekeye iyi channel nzobibamenyesha muma videos ari imbere . murahawe ikaze gushikiriza ivyomwipfuza kuri channel yacu .Ni muhazigirwe 🙏🏿 .murakoze.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: