Yesu_wumwirabure_avutse_muri {2026}😃🥱‼️
Автор: IKOSORA 257
Загружено: 2026-01-09
Просмотров: 145
Yesu_wumwirabure_avutse_muri {2026}😃🥱‼️ : ,Guys muze mwibuka kuduha subscribe like share na comment kugirango mushigikire impano zacu , Iyi vidéo yakozwe ku musi mukuru wa Noël, igaragaza inkuru yigisha ifise inyigisho ikomeye.
Ivuga ku bungere bari baragiye impene, bakumva ikintu kidasanzwe kigwiriye hasi, bagiye kureba basanga Yesu yavutse ariko akuze.
Mu nkuru, umwe mu bungere aca aja guhamagara bagenziwe bari mu buzima butari bwiza (kunywa itabi n’inzoga), maze baza gusaba imigisha kuri Yesu no gushikiriza ibibazo bafise. Yesu abamenyesha ko agiye kubibasabira ku Mana.
⚠️ Icyitonderwa gikomeye:
Hari aho umukinyi aboneka anywa itabi canke inzoga, ariko ntitwabishizemwo ngo tubihimirize. Twabikoze nk’inyigisho yo kwereka abantu ko izo ngeso atari nziza, no gutanga impanuro nziza cane cane ku rwaruka.
🎯 Intumbero y’iyi vidéo ni:
Kwigisha abantu ico Noël isobanura mu buryo bwagutse
Gutanga inyigisho z’ubuzima
Guhimiriza guhinduka no kureka ingeso mbi
📌 Iyi contenu igenewe abantu bakuze (not made for kids) kandi ifise inyigisho zubaka.
🙏 Murakoze kuyiraba, mwibuke: Like – Comment – Subscribe
kugira mudushigikire muri izi contenus z’inyigisho. #Noel
#Yesu
#InkuruYaNoel
#UbutumwaBwiza
#Inyigisho
#GospelDrama
#KirundiContent
#BurundiCreatives
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: