Ku nama: Mbega ubutare buherutse kuvugwa mu Kirundo bwoba bugiye gufasha ikigega ca reta kubomboka?
Автор: Isanganiro
Загружено: 2024-07-29
Просмотров: 20216
Mu mafaranga reta iriko ikoresha mu mwaka w’amafaranga wa 2024 ushira uwa 2025 amafaranga arenga gatoya imiriyari 26 niyo yitezwe kuzova mu gisata c’ubuture n’agataka. Ni mu gihe umukuru w’igihugu yamenyesheje mu misi ya vuba ubutare buri ku musozi wa Murehe muri komine Busoni mu ntara ya Kirundo bushobora kwinjiza amafaranga menshi y’agaciro. Nayo itegeko rigenga ubutare mu ngingo yaryo ya 14 ivuga ko reta yonyene ubwayo ifise uburenganzira bwo gutohoza ahari ubutare no kurondera isoko.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: