Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

INKENGERA Y'URUPFU ( Akes Don - Mariya )

Автор: Akes Don

Загружено: 2025-03-03

Просмотров: 30731

Описание:

INKENGERA Y'URUPFU

Artist : Akes Don
Song write : Akes Don
Producer : Akes Don
Studio Record : Waka Record
M&M : Akes Don
Video Director : 3pied Darcy

Song Mariya by Akes Don ( Lyrics)

Vers 1

Urashaka kumufona
Ariko urazi ko atokwitaba
Umutima wawe ukamuririra
Kandi uzi ko atakiri uwawe
Ukifata nkuwukomeye
Mumutima uriko uvunagurika
Buri mpwemu usohora
Iguma ikwibutsa uwo wakunze

Hanyuma akagutana amarira
Ninkumbu zidahera
Ukaguma ugwana nigitutu ciwe
Ngo umwibagire

Mariya reka kurira. Mariya

Chorus

Mari mari Mariya
Reka kurira
Mari Mariya
Mari mari Mariya
Hanagura amarira
Mari mariya


Vers 2

Urukundo ningwara itagirumuti yeeehaaa
Urukundo ooohhh ohhhh
Rurababaza rurababaza aaahhh
Urukundo ruziba amatwi
Rugashusha umutima
Urukundo ooohhh ohhhh
Rurababaza rurababaza aaahhh

Cane cane iyo agiye
Agusiga mumwijima
Akaduma nkumuyaga
Ataguteguje umutima
Agiye


Hanyuma akagutana amarira
Ninkumbu zidahera
Ukaguma ugwana nigitutu ciwe
Ngo umwibagire

Mariya reka kurira. Mariya

Chorus

Mari mari Mariya
Reka kurira
Mari Mariya
Mari mari Mariya
Hanagura amarira
Mari mariya

INKENGERA Y'URUPFU ( Akes Don - Mariya )

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

Akes Don -  Iwawe ft Vichou (Official Video)

Akes Don - Iwawe ft Vichou (Official Video)

vuba Ndabereka Umwana 🍼muhumure🔥Dusanze Israel Mbonyi ari kwiyubakira Ibyuma muri Arena😂MERRY XMASS

vuba Ndabereka Umwana 🍼muhumure🔥Dusanze Israel Mbonyi ari kwiyubakira Ibyuma muri Arena😂MERRY XMASS

Kirikou Akili - AHA NIHE? (Official Video)

Kirikou Akili - AHA NIHE? (Official Video)

UMUTIMA YISHIMIRA BY Alvella MUHIMBARE

UMUTIMA YISHIMIRA BY Alvella MUHIMBARE

Mt Number One-RIMWE GUSA ft Esther Nish(Official video)

Mt Number One-RIMWE GUSA ft Esther Nish(Official video)

Amatsiko by Alvella Muhimbare (Official Video)

Amatsiko by Alvella Muhimbare (Official Video)

Kellyna - Iriba (Official music Video)

Kellyna - Iriba (Official music Video)

Monia Fleur - Ryoha (Official Music Video)

Monia Fleur - Ryoha (Official Music Video)

INKENGERA Y'URUPFU  ( Ep 1 )

INKENGERA Y'URUPFU ( Ep 1 )

YM MUZIK - UMUTIMA (Official Music Video)

YM MUZIK - UMUTIMA (Official Music Video)

TUZOGUTORA - BADO BADO × MKOMBOZI ( Official Video )

TUZOGUTORA - BADO BADO × MKOMBOZI ( Official Video )

ALVELLA MUHIMBARE  -  KURUTARE (Official Musical video)

ALVELLA MUHIMBARE - KURUTARE (Official Musical video)

Wiz Designer - Be mine ft Double Jay (Official Video)

Wiz Designer - Be mine ft Double Jay (Official Video)

Sat-B - Andomaje (Official Lyrics Visualizer)

Sat-B - Andomaje (Official Lyrics Visualizer)

Fernando Aye - Kazima IMANA inkunda ( Visualizer )

Fernando Aye - Kazima IMANA inkunda ( Visualizer )

Alvella Muhimbare - YAMISI

Alvella Muhimbare - YAMISI

MB Data - Tuzonabica ft Dj Philbyte [Visualiser]

MB Data - Tuzonabica ft Dj Philbyte [Visualiser]

D-ONE - Incuti [Video Visualiser]

D-ONE - Incuti [Video Visualiser]

EL PRO - SORRY (Music Video) [Kuki Mana EP.Track no.2]

EL PRO - SORRY (Music Video) [Kuki Mana EP.Track no.2]

Мухаммед Али против Ивана Драго! Этот Бой не Забыть...

Мухаммед Али против Ивана Драго! Этот Бой не Забыть...

© 2025 dtub. Все права защищены.



  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности



Контакты для правообладателей: [email protected]