Conférence-Débat 2023:Ubuzima buhiriwe//Qu'est-ce qu'une vie réussie et quels sont ses indicateurs?
Автор: Neema Gospel tv
Загружено: 2023-03-05
Просмотров: 848
Iki ni icirwa ca mbere co muri conférence-Débat ya 2023 yabereye i Bururi kw'igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023. Tugishikirizwa n'Umwigisha muri Kaminuza yitwa Marc NKENGURUTSE.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numero +25762924265 ariko kandi mwonatwandikira kuri neemagospeltv@gmail.com .Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: