UMUMALAYIKA BY UMUCO CHOIR SDA NGOZI RUBUYE
Автор: UMUCO Choir SDA Ngozi Rubuye
Загружено: 2025-11-18
Просмотров: 225
Mwaramutse canke Mwiriwe bivanye naho muherereye!!
Bakundwa nagomba kubatumirira kuraba no kwumviriza iyi ndirimbo kuko Irimwo ubutumwa bwiza kandi bw'Ubwenge.
Muhejeje kuyiraba no kuyumviriza, ikaba yabahimbaye murayisangiza n'abandi nabo kugirango dusangire twese Ubu butumwa bwiza!!
Imana ikomeze kubahezagira turabakunda cane❤️🙏
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: