"BAKRISTO MWIRINDE GUTWARA INKURU MBI ZA BENESO..."By Past Emmanuel
Автор: Iriba ryiza
Загружено: 2026-01-07
Просмотров: 5588
Shalom kw'ikanisa itangura umwaka wa 2026 mw'ishengero rya pentekote rya GASHIKANWA ku musi wa 6 itariki 3 NZERO 2026.Umukozi w'Imana Ava muri missioni ya MUGARA avuga ukuntu ishengero rikwiye kuba maso rikirinda muvyo bavuga.
Tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: