Tandukanya Ubutinyanka n'Ikiremwamuntu.
Автор: TUYAGIRE VANESSA CH
Загружено: 2023-10-23
Просмотров: 2066
Aba bategarugori bose ni abategarugori bagaragaje ukwitangira abanyarwanda. Ariko biriko bigaragara ko iyo nzira bayihagaritse, ubu biteguye gutanga imbabazi '' Kubatazibasavye''. Kandi bizwi neza ko abo bazohabwa imbabazi ko ari abakoze amahano, muguhonya abanyarwanda, abarundi, abakongomani ndetse n'abagande. Biragaragara ko aba bategarygori babiri ntabwo bitaye kubutabera , bo igikuru nuko boshitswa muntebe z'ubutegetsi gusa.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: