IMANA YARAKAYE! MUGIYE KUBONA IVYO MUTARI BWABONE /Pasteur Oscar NKUNZIMANA
Автор: MEIRRA Tv
Загружено: 2025-06-12
Просмотров: 11809
Isi igiye kwinjira mu gihe c'amagorwa - Nimuhunge muve muri Babuloni !!
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: