Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP11 - Joyce hagati y'urupfu n'Ubuzima 😭

Автор: JOYFUL IMAGE FILMS

Загружено: 2025-09-30

Просмотров: 6516

Описание:

Ibibaye kuri Joyce biteye agahinda. Josh ananiwe kwihanganira ivyo abariwe!
ICAMWA C'URUKUNDO ni Urukurikirane rw'Ireresi ishingiye kunkuru y'urukundo rudasanzwe hagati y'umusore yitwa Josh na Joyce na Josepha. Josh akiri muto abavyeyi bamukwereye umukobwa yarakiri munda kwa nyina ariwe Joyce, ariko Josh amaze gukura agahura n'uwundi mukobwa muburyo budasanzwe ariwe Josepha akamukunda cane. Ibanga ridasanzwe riri hagati y'abavyeyi ba Josh n'aba Joyce niryo ryatumye bapangirwa kuzobana nibakura.

Raba izindi Film hano :
   • ICAMWA C'URUKUNDO SERIES SAISON 1  
   • Film LOVE IN 3 DAYS / URUKUNDO MUMISI 3  
   • IMBARAGA Z'UMUTIMA  

Kora subscribe kuri Joyful Image Films. Iyi ni Chaine yanyu ibahereza ivyishimo biciye muma film, ireresi zikozwe mubuhinga buhanitse ziryoshe cane. Film zacu zibamwo inyigisho z'abubatse, izo urukundo ku rwaruka gen-z, social n'izindi.
Kugira tumenye igitigiri c'abakunzi b'ibikorwa vyacu, tubasabe mukore subscribe muzoba mutweretse ko mudushigikiye.

Tubategurira Film z'urukundo, Filim dramatique (drama) comedie n'izindi nka Film d'action, Film d'horreur
Film ndundi - Film nyarwanda and International movies (Kirundi / Kinyarwanda - English)
Icamwa c'Urukundo Series
Joyful Image Films
Icamwa S2EP10 Icamwa 10
Burundi Films
Nitanga Noe
African Films Heart
Joyful Lens Studios
film d’amour complet
histoire d’amour vraie
amour interdit
film romantique complet en français
film touchant d’amour
film d’amour 2025
court métrage d’amour
film triste d’amour
film d’amour basé sur une histoire vraie
amour impossible
film d’amour qui fait pleurer
il ne savait pas qu’elle allait mourir
ils s’aimaient, mais le destin les a séparés
jusqu’à son dernier souffle
quand l’amour fait mal
une lettre d’amour oubliée
un amour plus fort que la mort
elle a tout quitté pour lui

il a découvert la vérité trop tard

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP11 - Joyce hagati y'urupfu n'Ubuzima 😭

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP12 😭 FINAL - uku niko ivya Josh , Joyce na Josepha birangiye

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP12 😭 FINAL - uku niko ivya Josh , Joyce na Josepha birangiye

Fernando , LinoG na Monia fleur  nabagenzi babo mwishamba😂 irabire nawe

Fernando , LinoG na Monia fleur nabagenzi babo mwishamba😂 irabire nawe

MWAMIKAZI EPISODE 1

MWAMIKAZI EPISODE 1

Umukobwa w'UMUKIRE Yigize UMUDOZI W'INKWETO Ukenye Ashaka Urukundo

Umukobwa w'UMUKIRE Yigize UMUDOZI W'INKWETO Ukenye Ashaka Urukundo

ISUGI;kuki abakobwa bubu baja kubaka izabo batakiri isugi

ISUGI;kuki abakobwa bubu baja kubaka izabo batakiri isugi

AGAKURU K'URUKUNDO SERIES, ep1

AGAKURU K'URUKUNDO SERIES, ep1

AKOOKO PART 1 🔥👌👌🔥Agasiguye💪

AKOOKO PART 1 🔥👌👌🔥Agasiguye💪

WHEN I SEE YOU IN HIGH SCHOOL PART 2 : URUKUNDO MUKIGO RUKOMEJE KUZANA UBUHEMU MUKIGO📔📕📗📒📘📄📒💖💖💖💖

WHEN I SEE YOU IN HIGH SCHOOL PART 2 : URUKUNDO MUKIGO RUKOMEJE KUZANA UBUHEMU MUKIGO📔📕📗📒📘📄📒💖💖💖💖

LE 27/11/2025 AMAKURU MASHYA YA BBC AMAKURU ASHYUSHYE CONGO BURUNDI RWANDA BURUNDI NO MUKARERE

LE 27/11/2025 AMAKURU MASHYA YA BBC AMAKURU ASHYUSHYE CONGO BURUNDI RWANDA BURUNDI NO MUKARERE

RTNB/Ninde?: Kuva na kera abarundi twarasangira Uwimana ihaye yibuke n'abandi

RTNB/Ninde?: Kuva na kera abarundi twarasangira Uwimana ihaye yibuke n'abandi

Dore Aba Perezida 10 Bishwe Nabi, Kuri Camera/Tv Bidasanzwe Muri Africa Yose 😭 [ Video ]

Dore Aba Perezida 10 Bishwe Nabi, Kuri Camera/Tv Bidasanzwe Muri Africa Yose 😭 [ Video ]

RITHA N'Umuhungu wiwe Batubwiye INTAHE Yabo🥹//Namenye ko UMURYANGO wanje Utankunda💔//Inkuru ZABO🤣😂

RITHA N'Umuhungu wiwe Batubwiye INTAHE Yabo🥹//Namenye ko UMURYANGO wanje Utankunda💔//Inkuru ZABO🤣😂

ICAMWA C'URUKUNDO FULL MOVIE PART 1 | The best love film | Burundian Film

ICAMWA C'URUKUNDO FULL MOVIE PART 1 | The best love film | Burundian Film

Alvella MUHIMBARE Arijije😭MIMI MIREILLE Kumpano Amigabiye/Agabiwe iPhone 15/Akorewe Ibitangaza Gusa.

Alvella MUHIMBARE Arijije😭MIMI MIREILLE Kumpano Amigabiye/Agabiwe iPhone 15/Akorewe Ibitangaza Gusa.

NIBA UGIRA UMUTIMA WOROSHYE NTUREBE IYI VIDEO IBIBEREYE NYAMASHEKE NIMPERUKA

NIBA UGIRA UMUTIMA WOROSHYE NTUREBE IYI VIDEO IBIBEREYE NYAMASHEKE NIMPERUKA

MWAMIKAZI EPISODE 5️⃣

MWAMIKAZI EPISODE 5️⃣

Mimi Araturitse Ararira😭Ahaye Ubushimwe Maman Wiwe,Fanny Lavine,Abel Mugushira Film yiwe Ahagaragara

Mimi Araturitse Ararira😭Ahaye Ubushimwe Maman Wiwe,Fanny Lavine,Abel Mugushira Film yiwe Ahagaragara

Urugendo Rw’Iminsi 14 Rwo Kugabanya Inda Byihuse ( Umunsi Wa Mbere Ni Ingenzi Cyane !)

Urugendo Rw’Iminsi 14 Rwo Kugabanya Inda Byihuse ( Umunsi Wa Mbere Ni Ingenzi Cyane !)

Film URUKUNDO MUMISI 3  PART 1 | Cadeau Ravelle, Nitanga Noé/ Banderas 🇧🇮  🇷🇼 Films

Film URUKUNDO MUMISI 3 PART 1 | Cadeau Ravelle, Nitanga Noé/ Banderas 🇧🇮 🇷🇼 Films

byihutaAMAKURU YA NIMUGOROBA KUWA 27.11.2025:IMIRWANO IKAZE IRIMO INDEGE MURI SUD WASHINGTON BITE?

byihutaAMAKURU YA NIMUGOROBA KUWA 27.11.2025:IMIRWANO IKAZE IRIMO INDEGE MURI SUD WASHINGTON BITE?

© 2025 dtub. Все права защищены.



  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности



Контакты для правообладателей: [email protected]