Rev Pasteur Nicklas//Guhamagarwa-Kwuzura ubwiza-Kwihana
Автор: Neema Gospel tv
Загружено: 2023-08-28
Просмотров: 2412
Ubu butumwa bwashikirijwe n'umwungere wa 1 w'Ishengero rya pentekoti ry'i Filadelifiya mu gikorane cabereye mu Kayogoro 2023 ku musi waco wa 2.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: