Abishe Melchior Ndadaye, Lazima Bazasubizwa Mugihugu Baje Gufungwa. Tuganire Twigishanya E01S08
Автор: Ubuzima 4Life
Загружено: 2020-10-27
Просмотров: 905
#Amatora Muri #Amerika #PresidentDonaldTrump #JoeBiden #BurundiNews #RwandaNews #GreatLakesNews #MelchiorNdadaye
Vianney Niyonkuru asanzwe aba mugihugu ca Amerika, aratubwira uburyo abona aba candidateurs barrico bahiganira umwanya w' umukuru w' igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika.
Iki kiganiro: TUGANIRE TWIGISHANYA, gica kuri YouTube canke no kuri website https://www.ubuzima.com buri wagatandatu. Ufise ikibazo, canke iciyumviro icarico cose, candike muri comments kugira ngo tuzabashe kukiganiraho mukindi kiganiro kizakwirikira.
Kora SUBSCRIBE wongere ufyonde IKENGERI kugira wame udukwirikiranira hafi.
Dukwirikirane kuri:
FACEBOOK: / ubuzimamedia
TWITTER: / ubuzimam
INSTAGRAM: / ubuzimamedia
WEBSITE: https://www.ubuzima.com
DUKUNDANE KUKO RUREMA ARI URUKUNDO
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: