Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

Kolly Da Magic - Umuganga Ft Bizzo Uwezo (Official Audio)

Автор: Kolly Da Magic

Загружено: 2021-01-14

Просмотров: 3741

Описание:

New Song by Kolly Da Magic Feat. Bizzo Uwezo
Produced by Kolly Da Magic
Cover Design / BM - MASADITECH

UMUGANGA

Kolly Da Magic

Bizzo Uwezo

M m m m m magic mix jolly da magic (Producer)

KOLLY DA MAGIC

VERSE 1:

Ndi Uwusanzwe Nkagendana Ibibazo

Ariko ntivyombuza kugukunda

Aho haze bokubera ikibazo

Kuko bokwibaza yuk ntogutunga

Burya Je Ndazinduka cane

Kandi je ndateba kukivi

(Ntungaye imbaga)

Ubibonye wobishingira intahe

Mbe wobihora vyoba bimaze iki

PRE CHORUS:

Hari Abakunda bahonga

Hakaba n’Abakunda bahomba

CHORUS:

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Nokugorora

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Nogu Konesera

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Koko Nokuvura

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Nogu Konesera

MUSIC

BIZZO UWEZO

VERSE 2:

Mbega mbega mbega baby girl

Urukundo ruhuriye he nivyo ubona

Amagari amanyumba amapesa

Urukundo rw’ukuri nirwo rutesa

Ntavya Sakubu

ntavya Rukwavu

ntavya Samandari

ukuri niye nkovu

Sindi inkoko y’ikizungu

Inyama ntazo nkunda jewe nikundira imyungu

Mpa ico kibanza nkumire nk’imamba

Ndagukure Imuyinga ndagutware Imakamba

Be M’urukundo rw’ukuri ntamanyanga

Nuwo warindiye kenshi hari igihe umutanga

PRE CHORUS:

Hari Abakunda bahonga

Hakaba n’Abakunda bahomba

CHORUS:

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Nokugorora

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Nogu Konesera

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Koko Nokuvura

Ndi Umuganga Burya nokuvura

(s) Nogu Konesera X2

#KollyDaMagic #Bizzo #Umuganga

Kolly Da Magic - Umuganga Ft Bizzo Uwezo (Official Audio)

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

BIZZO UWEZO - NYINA Ft Momo Melody  ( Official Video )

BIZZO UWEZO - NYINA Ft Momo Melody ( Official Video )

Kolly Da Magic Ft Pim - Biranduhura (Official Video)

Kolly Da Magic Ft Pim - Biranduhura (Official Video)

Kolly Da Magic feat Big Fizzo - Hora (Official Lyric Audio 2025)

Kolly Da Magic feat Big Fizzo - Hora (Official Lyric Audio 2025)

If BURNA BOY Made ‘WATER’ (Tyla Reimagined | Afro Fusion Version)

If BURNA BOY Made ‘WATER’ (Tyla Reimagined | Afro Fusion Version)

MU BURUNDI IBINTU BIGEZE AHO BICANGA ABANTU,INO DOCUMENTAIRE Y'IMINOTA 7 IRABICA HIRYA NO HINO VYOSE

MU BURUNDI IBINTU BIGEZE AHO BICANGA ABANTU,INO DOCUMENTAIRE Y'IMINOTA 7 IRABICA HIRYA NO HINO VYOSE

fillme hafi yanje ep4

fillme hafi yanje ep4

Drama T - ITAMPORIZE  (Official Music Video)

Drama T - ITAMPORIZE (Official Music Video)

Amapiano Mix 2022 | The Best of Amapiano 2022 by OSOCITY

Amapiano Mix 2022 | The Best of Amapiano 2022 by OSOCITY

Ntera Njimbere by Divine Light

Ntera Njimbere by Divine Light

Kirikou Akili - AHA NIHE? (Official Video)

Kirikou Akili - AHA NIHE? (Official Video)

Narayendose by Bizzo uwezo ft Rally joe

Narayendose by Bizzo uwezo ft Rally joe

Kolly Da Magic 🇧🇮 - Ndakwemera (Official Music Video)

Kolly Da Magic 🇧🇮 - Ndakwemera (Official Music Video)

Chriss Eazy - EDENi (Official Video)

Chriss Eazy - EDENi (Official Video)

ADOBAD - Nana (Official Music Video)

ADOBAD - Nana (Official Music Video)

VunJa GoTi - Magic Soldier Kingorongoro x Kolly The Magic [Official video]

VunJa GoTi - Magic Soldier Kingorongoro x Kolly The Magic [Official video]

Hafi Yanje

Hafi Yanje

super nuture by da-pim official  (official video lyrics)

super nuture by da-pim official (official video lyrics)

Kolly Da Magic – Komeza (Official Video 2019)

Kolly Da Magic – Komeza (Official Video 2019)

Sinzohinduka by Masterland (Official  Music Video)

Sinzohinduka by Masterland (Official Music Video)

Master Key - Akamapu feat. @KollyDaMagic [Official Music Video]

Master Key - Akamapu feat. @KollyDaMagic [Official Music Video]

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]