Umukuru w’igihugu aravuga uko batoreye umuti ikibazo c’ubukene cari muba jeune benshi kuva 2015.
Автор: JUMUIYA 📺
Загружено: 2026-01-21
Просмотров: 52
"Muri 2015 muba jeune hose havurwa ubukene candavuga nti ni gute icokibazo twogitorera umuti? Kuko bose bari baziko kugira uronke akazi kwarimpaka ukore muri reta ati noe noronka akazi noha aba ba jeune bose? Nti oya naciye ntegura retraite des jeunes diplômés de haut niveau dca turacinzira yogusohoka muricokibazo raba ubu urwaruka rwuburundi rurishimye vyavuye aho".
Ayo n’amwe mu majambo umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yashikirije mu rurimi rw’Igifaransa mu gihe bariko bashira ahabona igitabo banditse kimwitirira.
Yashikirije ko abarundi bose bemeye kubona bose ibintu kumwe iterambere Rica ryoroha tuvyumvirize
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: