Uwuzi iyo arikwaja ntazimira! Abari mu nzego nibatwereke neza uko Uburundi buzoshika ku mbonakazoza
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-22
Просмотров: 122
Kugira igihugu gishobore gutera imbere kirafise ivyo gishobora gukorerako : nk'ibitabo vy'imbonakazoza y'igihugu, ivyanditswe bashobora gukorera ko hamwe n'impapuro zemeza ubuziranenge bw'ibintu, nk'uko vyashikirijwe na Gabriel Rufyiri arongoye #OLUCOME, mu kiganiro yahaye abamenyashamakuru kuri uyu wakane igenekerezo rya 22 Nzero 2026. #Burundi #imbonakazoza #vision
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: