Ruyigi: Umugambi Merankabandi wabasanze basegerereza ariko ubu ngo baha akazi abandi.
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-12-15
Просмотров: 328
#Burundi Umugambi #Merankabandi wabasanze basegerereza ariko ubu ngo baha akazi abandi. Abo n’abagenerwamugambi bo mu karere ka #Ruyigi basanzwe baronswa inyigisho mperekeza biciye mw’ishirahamwe #ActionAid . Egide Nimfasha, umuhuzabikorwa wa #ActionAid wo muri ako karere kagizwe n’intara ya kera ya Ruyigi ashikiriza ko imiryango 7 188 yahinduye ingendo, irateza imbere ivyo gufungura neza, ingaburo ibereye, isuku n’isukura no gukingira agateka k’abana.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: