Ezechiel NIBIGIRA ati ''tugiye gushiraho inama nshingamateka y'urwaruka rwa Afrika "
Автор: JUMUIYA 📺
Загружено: 2025-12-11
Просмотров: 79
Ezechiel NIBIGIRA ati ''tugiye gushiraho inama nshingamateka y'urwaruka rwa Afrika " kugira ruronka aho ruza ruravugira ibibazo vyose ruhura navyo gutyo bize biratorerwa umuti n'ama reta y'ibihugu ata migumuko canke intambara zirinze kuba. Umviriza ingene yasavye ko uyu mu bonano wi Bujumbura vyogenda bishitsweko.
Welcome to JUMUIYA TV: Live Broadcasting Media in #Burundi and EAC
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: