Bimwe mu vyo Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yungutse mu rugendo yagize muri Botswana
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-20
Просмотров: 885
Mu rugendo yahora mwo mu gihugu ca #Botswana, Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu Angeline Ndayishimiye, yaraganutse kuri uyu wa 19 Nzero 2026, aho yari yatumiwe n'Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu ca Botswana. Muri urwo rugendo, abo batambukanyi b'abakuru b'ibihugu vya bakaba barahanahanye ivyiyumviro, na cane cane mu gufasha abigeme batwara inda batifuje mu kubaronsa ivyo bakeneye mu kwiteza imbere, n'ibindi. #Burundi #OPDD
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: